Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Burkina Faso: Umukuru mu basirikare yatangaje ko ubutegetsi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Burkina Faso: Umukuru mu basirikare yatangaje ko ubutegetsi (...)

Burkina Faso: Umukuru mu basirikare yatangaje ko ubutegetsi butembagajwe

jeudi 17 Nyakanga 2015

Umusirikare yambaye impuzu z’abacunga umukuru w’igihugu abicishije ku mboneshakure,yatangaje mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 17 Nyakanga 2015,ko umukuru w’igihugu Michel Kafando atanze imihoho .

Uwo musirikare yavuze aserukira inama y’igihugu yishinze gukingira intwaro rusangi,yamenyesheje ko Reta n’inama nshingamateka nfatakibanza navyo bihagaritswe.

Kuva kuwa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2015 umukuru w’igihugu ahagaritswe ari kumwe n’abashikiranganji,amakungu yagumye asaba ko yorekurwa.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Abo nibo basirikare muza mwumva apana zantamoka ngo ni NIYONGABO zomuburundi iyo misega banka gukubita coup d’etat nabo baricuza icatumye batayikubita.

  • NKURUNZIZANIWEASIGAYE

  • Iciza Uhawenabanyagihugu.Numugisha.Nayo.Uhawenigikenye.Numuvumo.Nka Kafando.Yariyakozuko.Nayabiteze.Kudeta.Muburundi.Bazopfabangara Nka Kayini.Barikwikimenyetso C’umuvumo.Bazobanka Goliati. Pita Ni Dawidi Some Biblia Mwirabire

  • ohoo,burukinafaso.ibaye.nkuburundi.mana.dufashe

  • UBUGABO BURIHABWA, INGABO NIZO KIRETSE INYANKA BURUNDI ZACO, ARIKONABO NTIBIKUNDA INGARUKA BAZOZIBONA

  • abo basirikare babuze umushahara ukwiye niyihangane

  • harya ntabwa inganya
    primé yarase ko bamukura ahenzwe nawamubisha yiyahura dolpho none raba ivyariko aramukorera nkurunziza ntashuti

  • @scott
    uriko uravuga ubusa,bakubita coup d’etat nde?Nubu ntibikunda ntimwihende.Jewe nibaza ko mwacanganikiwe,iyo ni leta mfatakibanza bariko baratembagaza ahubwo batembagaje,mwiyumva gute mwibutse ko mwafata aba manifestants bo muri burkina nka exemple àsuivre mu burundi?Bibahe icigwa ahubwo abo muri cnared bibazako bazoza gutegeka u burundi,muriko murashima abasoda bo muri burkina ,birukanye transition bande d’idiots blaise ahakwa kugaruka,abaja mu myiyerekano ubu barabasya,burya murafyina ,ya mihimbiri yaho yari yihaye gufasha mu bindi bihugu kugumuka basubire turabe.Nkurunziza twaramutoye ,naho mwoyikora mukazana uwundi azotwara ba nde,ni nde azobemerera?Reka gu compra ibidasa kandi niho mwamye mujujutira,ngo peter azoba nka blaise subutu.Ico mushaka turakizi nukugira genocide y’abahutu mubita imbonerakure n’abapolisi ariko ibuye riserutse ntiriba ricishe isuka

  • muritonda iyo yarintwaro mfatakibanza siyatowe ntimuvyitiranye kandi ntabushobozi yarafise bwoguhindura reta yasanzeho umverero uyo ahavuye hageze urazi ingene yadusungayeko ngo nkurunziza atanger imihoho none bahereye kuriwe nasubire yifatanyenamwe turabe icomumufasha uwonawe hari namanda yaribwamare

  • ABATEGETSI BA AFRICA NIBIGIREHO

  • @Scott
    "Abo nibo basirikare muza mwumva apana zantamoka ngo ni NIYONGABO zomuburundi iyo misega banka gukubita coup d’etat nabo baricuza icatumye batayikubita."
    Gushika ku butegetsi ku nguvu uba witeze ko nawe uzohava ku nguvu! Nico gituma abo bantu babikora ata gishasha bazana kuko na Micombero yarabikoze muri 1966 ata myaka 30 arashikana! Jewe nokwemera uwozana ayandi mayeri y’ukubigira!

  • Aba Sirikare Ba Barundi Nibahakure Icigwa Nkurunziza Bamurindirijiki Batinya Imbonerakure Ziwe Nibarye Umutim’amenyo.None Ntaformation Bakoze Yagisirikare Nibareke Ubwoba Nkubwa Basivire.

  • UWASHIZWEHO KURI COUP D’ETAT AKUGWA NA COUP D’ETAT. MU BURUNDI NI IGIHUGU GIKOMEYE. NI BARABIREHO ABO BAZUNGU BIGIRA SURA IVU. UBU NAHO BAVUGA IKI ? SAWA OK.

  • nibasigeho gutembagaza intwaro

  • ivyiyumviro vyama coup d,etat nibive mu mitwe yabnt kuko inyuma yayo haza ingorane ikomeye.

  • @kanyamboeva
    "ivyiyumviro vyama coup d,etat nibive mu mitwe yabnt kuko inyuma yayo haza ingorane ikomeye."
    Ahubwo umenga coup d’Etat itera umukoshi! Ababanyi bacu aho haruguru bo bivugira gutera umwaku umenga!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.