Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Burumaniya: Umupfasoni Suu Kyi mw’idefile ya gisirikare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Burumaniya: Umupfasoni Suu Kyi mw’idefile ya gisirikare

Burumaniya: Umupfasoni Suu Kyi mw’idefile ya gisirikare

mercredi 27 Ntwarante 2013

Umukuru w’abatavuga rumwe n’ubutegetsi muri Burumaniya, Aung San Suu Kyi, yatavye ubwa mbere i defile ya gisirikare iba buri mwaka .

Iki kikaba ari ikindi kimenyetso cerekana ko abandanya imigenderanire n’igisirikare .
Yari yicaye ku ntebe za mbere. Umutware w’ingabo, General Min Aung Hlaing, yavuze ko igisirikare kizobandanya kugira uruhara runini muri politike y’igihugu.
Yavuze ko igisirikare kizokomeza gushigikira inzira y’umukuru w’igihugu yo kubaka igihugu gitekanye, akanahakana ko igisirikare cakoze ihonyabwoko.

Abamenyeshamakuru bariyo bamenyesha ko Aung San Suu Kyi yahemukiye bamwe mu bakunzi biwe yiyegereza igisirikare.

JPEG - 22.5 ko

Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.