Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Burundi: Ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya Olympafrika muri Rusama - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Burundi: Ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya Olympafrika muri Rusama

Burundi: Ihiganwa ry’umupira w’amaguru rya Olympafrika muri Rusama

vendredi 19 Ndamukiza 2013

Olympafrica iriko irategura amahiganwa 26 y’umupira w’amaguru ku bana bari hagati y’imyaka 12 na 15 mu bigo vya olympafrika bigera kuri 23 muri Afrika.Ihiganwa ryose bakaba bategekanya ko rishobora kwakira abana bashika kuri 300.

JPEG - 23.4 ko

Muri Rusama ,ikigo ca olympafrika ca Nyabugete mu Kanyosha mu Bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura , carateguye ihiganwa ry’akarere ,hakazokwitaba imirwi yatumiwe mu bigo bine vya olympafrika vyo mubihugu bibanyi.

Muri iy’indwi,umukuru wa CIO umushingantahe Jacques Rogge na Sandro Rosell umukuru wa FC Barcelone, barashize umukono k’urwete rw’ugukomeza ubucuti ku cicaro ca CIO I Lausane.Bumvikanye ko bagiye guterera muri politike y’iterambere ry’ ibihugu vy’Afrika babicishije mu nkino.

Foto: Burundi-Agnews


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.