Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cameroun : Boko Haram yasubiye kwiha inkumbi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Cameroun : Boko Haram yasubiye kwiha inkumbi

Cameroun : Boko Haram yasubiye kwiha inkumbi

dimanche 19 Ndamukiza 2015

Abantu 19 nibo bahitanywe n’igitero c’intagondwa za Boko Haram mu gihugu ca Cameroun.

Ico gitero cagizwe n’uwo murwi w’iyitirira idini rya Islam Boko Haram, kikaba cabaye kuri uyu wa gatanu, mu Burengero bwa Cameroun, aho bagandaguye abantu bagera kuri 19, benshi bakaba muri abo bahasize ubuzima, babanzwa gucibwa amazosi, nk’uko vyavuzwe n’umwe mu bajejwe umutekano, kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 18 Ndamukiza. Ico gitero rero kikaba caje gikurikira, ikindi, cari cahitanye abantu bagera kuri 10.

Uwo muhari rero w’izo ntagondwa, ukaba umaze iminsi ugisibije mu bihugu vya Cameroun, Nigeria, na Tchad, aho wica ukuzako, abatari bake bakaba bamaze guta bagahunga, nayo ibihugu rutura bikaba bimaze kugaragaza ko bizofashanya n’ivyo bihugu vyagizwe ikirimbiro rya Boko Haram kugira, izo ntagondwa zihashwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.