Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cameroun : Boko haram yasubiye kwiha inkumbi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Cameroun : Boko haram yasubiye kwiha inkumbi

Cameroun : Boko haram yasubiye kwiha inkumbi

mercredi 12 Munyonyo 2014

Mu bisagara vya Cameroun bitandukanye, abarwanyi ba boko haram babandanya kwiha inkumbi.

Abo barwanyi basanzwe bavuga ko bashigikiye idini rya Islam, bakaba babangamiye cane Uburaruko, aho Cameroun ihana urubibe n’ighihugu ca Nigeria. Kuri urwo rubibe rero, ibitero bitandatu bikaba vyagizwe n’izo ntagondwa, abantu bagera kuri batatu bapfuye abandi barakomereka I Fotokol. Mukamenya ko muri ivyo bitero vyose, uwo muhari uba witeguye, kuko uba ufise ibirwanisho bikomeye, harimwo n’ibiduga bidatoborwa n’urusasu.

Uwo muhari w’intagondwa ukaba umaze kubura abarwanyi batari bake, ariko ikiboneka, akaba ari uko, badaheba kugaba ibitero.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.