Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CECAFA CHALLENGE CUP : Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazoja muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > CECAFA CHALLENGE CUP : Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazoja muri (...)

CECAFA CHALLENGE CUP : Abakinyi 18 b’Intamba mu rugamba bazoja muri Kenya

jeudi 14 Munyonyo 2013

Umurwi nserukira gihugu "Intamba mu rugamba" wari umaze iminsi mu myimenyerezo witegurira inkino z’ihiganwa rya CECAFA CHALLENGE CUP zizobera mu gihugu ca Kenya. Ku munsi w’ejo kuwa gatatu niho abamenyereza babiri b’Intamba mu rugamba Lotfy Mohamed NASEEM, ari kumwe na NIYONGABO Amars bashira ahabona abakinyi cumi n’umunani (18) bazoserukira Uburundi muri izo nkino zizotangura ku genekerezo rya 27 Munyonyo 2013, hamwe n’imirwi bakinira.

1. ARAKAZA Mc Arthur (FLAMBEAU DE L’EST)
2. RUGUMANDIYE Yvan (MUZINGA)
3. HARERIMANA Rashid (LLB ACADEMIC)
4. HAKIZIMANA Issa Vidic (ATHLETICO)
5. NSABIYUMVA Frédéric ( ATHLETICO)
6. HAKIZIMANA Hassan L’Homme (ATHLETICO)
7. NDIKUMANA Yussuf Lule (LLB ACADEMIC)
8. DUHAYINDAVYI Gaël (LLB ACADEMIC)
9. NDUWARUGIRA Christophe Lucio (LLB ACADEMIC)
10. HABONIMANA Célestin (VITAL’O FC)
11. ABDUL RAZZAK Fiston (LLB ACADEMIC)
12. HAKIZIMANA Pascal (FLAMBEAU DE L’EST - yahora muri MUZINGA)
13. NKURIKIYE Léopold ( INTERS STAR - yahora muri VITAL’O FC)
14. NAHIMANA Chassir (INTER STAR)
15. SHABANI Hussein Tshabalala (FLAMBEAU DE L’EST)
16. NDUWIMANA Jean (ROYAL FC)
17. NDARUSANZE Claude (LLB ACADEMIC)
18. MOUSSA Mossi Hadji (FLAMBEAU DE L’EST - yahora muri VITAL’O FC

Abo bakinyi cumi n’umunani bari kumwe n’abazobaherekeza n’abamenyereza babiri Lotfy Mohamed NASEEM na NIYONGABO Amars bitegekanijwe ko bazokwurira indege ibajana mu gihugu ca Kenya ku genekerezo rya 24 Munyonyo 2013


Egide Nduwimana

Messages

  • imana ibajimbere muteriteka igihugu cacu kandi turasaba nuko umumenyereza yokwibuka abakina hanze

  • Ariko murabe ko kuri liste y’abazurira indege ari abategekanijwe kandi babikwiye ntituze dusubire kwumva nka bimwe biheruka ko aburiye indege benshi batari abakinyi.

  • Mwebwe bakinyibacu bu Burundi muribihangange mubanzi mwizereko ibibihe arimwebwe mugiye kuvurwa kw’Isi yose ko murabakinyi bibihangange, abomwigezekwumva babaye ibihangange baribameze nkukwokwanyu,umutwe umwe,amaso abiri, amaboko abiri,amaguru abiri, mukibuga hakajamwo abakinyi 11 ndabifurije itsinzi nokwirinda kugira abakosha mukibuga.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.