Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Centrafique : Igenwa rya Mahmat Kmoun ryiyamirijwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Centrafique : Igenwa rya Mahmat Kmoun ryiyamirijwe

Centrafique : Igenwa rya Mahmat Kmoun ryiyamirijwe

lundi 11 Myandagaro 2014

Urunani rw’imihari yahoze irwanya Reta ya Centrafrica "Seleka", rumenyesha ko uwagenywe kugira abe umushikiranganji wa mbere w’ico giihugu Mahmat Kmoun, atari uwubakomokamwo, nk’uko vyari bitegekanijwe.

Abahurikiye muri Seleka bamenyesha ko uwagenywe kugira arongore Reta ya Centrafrica atabakomokamwo. Nk’uko bimenyeshwa n’uwuvugira igisata ca gisirikare muri Seleka, Ahmat Nedjad, igenwa rya Mahmat Kmoun nk’umushikiranganji wa mbere riciye kubiri n’amasezerano bagiriraniye na Reta igihe bahagarika intambara.

Ukwo kutumvikana hagati y’abanya centrafrica kwatanguye kwibonekeza kuva kuri uwu w’Imana, aho mu gitondo ca kare, umupfasoni Catherine Samba Panza arongoye ico gihugu yagena uwahora ari umuhanuzi adasanzwe mu biro iwe, umu islam Mahamat Kamoun, kuba umushikiranganji wa mbere.

JPEG - 56.3 ko
Catherine Samba Panza, umukuru w’igihugu vy’imfatakibanza wa Centrafrika

Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.