Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Centrafrika: Urugendo rw’umushikiranganji w’ukwivuna abansi ntirwagenze uko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Centrafrika: Urugendo rw’umushikiranganji w’ukwivuna abansi ntirwagenze uko (...)

Centrafrika: Urugendo rw’umushikiranganji w’ukwivuna abansi ntirwagenze uko ruteguwe

mardi 8 Mukakaro 2014

Umushikiranganji w’ukwivuna abansi wo mu gihugu c’Ubufaransa ari mu gihugu ca Centrafrika, aho vyari vyitezwe ko aja i Bambari, ariko hakaba hari imirwano idasanzwe.

Jean Yves Le Drian akaba yari yiteguriye kuja i Bambari mu Buraruko bushira Ubuseruko bw’i gisagara ca Bangui kuri uyu wa 8 Mukakaro, ariko hababa hari imirwano kuva ku munsi w’Imana, aho iyo mirwano imazegukwiza amasaha 48 itanguye. Abantu batari bake bakaba basandavye mu mirwano yari hagati ya Anti balaka n’abahoze ari aba Seleka kuri uyu w’Imana. Ibisagara bitandukanye vy’igihugu ca Centrafrika bikaba birimwo imirwano n’akajagari, aho abanyagihugu bicwa izuba riva, bahitanywe n’imwe mu mirwi irwana.

Mwomenya ko ibintu bigeze aho n’abarwanyi b’iyo mihari bicana, bakagirizanya kuba muri bo hari bamwe bagaruka bagatanga amakuru y’ivyo baba bariko barategura. Akarorero, akaba ari umwe mu barwanyi ba Anti balaka yishwe yagirizwa kuba yoba aha amakuru abo muri Selela.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.