Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Centrafrique: Abanyafrika y’epfo 13 barahaguye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Centrafrique: Abanyafrika y’epfo 13 barahaguye

Centrafrique: Abanyafrika y’epfo 13 barahaguye

lundi 25 Ntwarante 2013

Umukuru w’igihugu wa Afrika y’epfo, Jacob Zuma, avuga ko abasirika b’ico gihugu bashika 13 bishwe, abandi hafi 30 bakomeretse muri Centrafrique igihe bagerageza kubuza abarwanyi gufata ubutegetsi.

Nibo basirikare benshi Afrika y’epfo ipfushije mw’itana mu mitwe rimwe kuva ico gihugu cazamwo demokarasi mu 1994.

Afrika y’epfo yari yarungitse amajana y’abasirikare gufasha umukuru w’igihugu yaraye atembagajwe, Francois Bozize.

Abarwanyi bavuga ko bazogumizako ubutegetsi busabikanije, nk’uko vyumvikanywe mu mugambi w’amahoro washizweko umukono mu kwa mbere, ukaba kandi warashigikiwe n’umushingantahe Bozize.

Umuryango wiwe wahungiye muri republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, ariko ntibiramenyekana nimba ari kumwe nawo.


Jean de Dieu Munyembabazi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.