Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Chili: Ikinyamugigima cadutse mu buraruko no hagati mu gihugu. - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Chili: Ikinyamugigima cadutse mu buraruko no hagati mu gihugu.

Chili: Ikinyamugigima cadutse mu buraruko no hagati mu gihugu.

jeudi 31 Nzero 2013

Nkuko amakuru ava muri US Geological Survey no mu bategetsi bico gihugu ngo ikinyamugigima cadutse isaha 20h kw’isahampuzamakungu ivyo bikaba vyabaye kwigenekerezo rya 30 Nzero uyu mwaka, ivyo bikaba bishikirizwa na CCTV.com

JPEG - 53.3 ko

Ico kinyamugigima cagera ku birometero 47,5 uja mukuzimu nk’uko ayo makuru abandanya kubivuga. Abantu bakaba baciye bihereza amabarabara bahunga ariko ngo nta muntu yahasize ubuzima canke ngo akomereke gushika ubu. Ariko amatara n’imihora ya terefone babaye barayica kugirango ntibitere amasanganya.

Naho hari ibintu vyononywe n’ico kinyamugigima ngo sivyinshi, ariko ico kinyamugigima cari gifise inguvu nyinshi kuko cari gifise magnitude 6,8.

JPEG - 55.4 ko
JPEG - 61.2 ko

Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.