IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa

Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa

lundi 6 Ruheshi 2016, par Egide NDUWIMANA

Intwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi, Colonel NIBIZI Emmanuel yahatswe kugandagurwa n’abantu bataramenyekana, ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere mu gisagara ca Bujumbura.

Imodoka yarimwo iyo ntwazangabo yatewe gerenade igeze hafi y’ahakorera igiporisi kijejwe uruja n’uruza, ahegereye banki BBCI, mu gisagara ca Bujumbura. Mu giporisi c’Uburundi baremeza ayo makuru, bakavuga ko ari ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi bibandanya kwibonekeza.

JPEG - 163.7 ko
Imodoka yarimwo Colonel NIBIZI Emmanuel

OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko intwazangabo Colonel NIBIZI Emmanuel yakomerekejwe ku maguru n’iyo gerenade yatewe.


IGIHE

Messages

  • reka babamare si mwe mubirererako mukabareka mubazi ahubwo iyo mubihora ntimubivuge kuko imbonerakure turashaka gukora ariko mukatuburabuza ahubwo muzotuerekurira mubonye ko peter nkurunziza bamukujemwo

  • Ariko se Nkurunziza abona ko ibi bizohera ryari? ubwo nawe mu kanya baratubwira ko ari reglement de compte ko amatohoza yatanguye .....

  • iryo nigere ryanyuma ryatwaturwi twiterambwoba, hanyuma abagomba gukamisha ibihuha muguhendabantu ngo aba EX FAB barageramiwe uyo colonel NIBIZI kwatari umu EX FAB tuze kwumva ivyobazakuroka, iyaba umuFAB nomuriki kinyamakuru barikushusha bikaba berebere....

  • Abura Kwishongora Nkuwuri Mu Ca Se!Erega Nica Nkunziza.Muzohera Nk’ifu Y’imijira Kuk Nimw Mwavyitey Mbay Karimu.Nkurikiye Nareke Kuza Arahumuriza Abantu Mumafuti.Araz Ivyovyose Apfakureka Kubivuga Arabz

  • iyo mbones ngo bashaka gukora! natwe tuiye kubikurako,mukore dukobore,musare dusanzaze. turi kumwe ntimwihende!

  • ARIKO ABOBANTU NIBANDE?AMATOHO ADAHERA NDAZI YATANGUYE!!!!!!!!

  • R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.

  • R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.

  • R.N: JEWE NIYUMVIRA KO ZIGOMBA GUCANISHAMWO IGISIRIKARE NIGIPORISI URAVYE AHO IYO GERNAD! IZONKOZI ZIBIBI ZIMENYE KO IMPERA NIMPERUKA BAZOFATWA BAGAKUBITWA INTAHE MUGAHANGA. KUKO IMANA NTIYAHEVYE UBURUNDI.

  • NABOBATEGETSI.NICOGIPORISICACUKIDUCUNGIYUMUTEKANO.CKIJAJARA.UMUTWARENKUWABAKOMAKOMEYE.MUBAMUMWITAHO.KUKO.RABANSHIMIRIMANA.DORUFU.YARATUBABAJE.ARONGERARATUBABAZA.NONE.MUBURUNDITURIJAJARA.ABASIBASHINYIRIJE.

  • Yemwebantumusengamukunvigwa Nugusengera Benabo Bakoz Bibibi

  • HARAGAHORUMUGAMBWE CNIDEDE.EFUDD.KUKATANZIGOYAKAZIKIRA.IFISE.NKABAHAHOZE.TUZOGUMATUWUSENGERA.UZOHOREKUNGOMA.IMYWAKAYOSE.ABANKUMUGAMBWE.CNIDD.EFDD.NIBASHAKABITONDE.TWUTOYETUWUBO.UBURUNDIBWOSE.TUWUSHIGIKIYE.BADUHONEREZA.INZEGOTWITOREYE.NTUZOVINYUMA.

  • mbe muvuga ko uyabaye kumuhingamo?ahubwo namwe banyakurt mube abagabo

  • Icyo nsaba leta ya Nkurunziza ni ugushyira position cg postes za police muri buri coin y’umuhanda cg ikoni. Bakanashyiraho policedu quartier. Bambara civile kandi baba batuye muri quartier.

  • None ko vyabereye ahakorera igipolisi naho nyene kubmuyaga iyo nkoziyikibi yaretswe gufatwa gute?uwo nawe burya ntiyemera ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza.Erega naho Nkurunziza mwashatse kumugira nk’umwami mukumushira mu bitabo arikumwe n’abami,hariho umutima n’imico no gukunda igihugu abami bari bafise:"iyo umwami inshingano ziwe zamunanira(nka crise kanaka ibaye mu gihugu yaca atanga ingoma yihaye ubuki."uwo mutima wabami Nkurunziza ntawe afise kuko yakabaye awufise turavye ibiriko biraba yaba umutekano Mike,ubukene,imico n’akaranga vyatitutse yakabaye kera yaratanze ingoma akiha ubuki.Nkurikiye nareke kwirigwa atanga amatangazo ikibazo c’umutekano muke ni Nkurunziza.uwo Nkurunziza yari yavuze ko atamuntu azongera gupfa araswe Ku munsi mukuru wa bakozi none kuva uwo munsi imganda ntizisiba gutikira,nawe icakora ni ugutanga ultimatum ataco zitanga.no musaba gukinjura namba yikunda we n’umuryango wiwe.

  • Ivyovyose vyabagobwa kwicwa,hamwe nabo bicwa, biri kugatwe kiyo ntagodwi zosi nkurunziza, kuko amabi ariko arakorwa niwe yaya tanguje.namwe mwaraye muvyi yumviye ivyo yavugiye mumugamba yuko agiye gukora ihonya bwoko mumugamba. nayo kwica ya ravyiyemeje,yaba uwo mugisoda cakera,canke mubo bahoranye mukinyeshamba arajaniranya, namwe muravyibonera, mubo vyabanye mwishamba bamwe barataye baromoka, agomba abarenze kuwepfo. Ekaye ntasi yanyereye yuma.......

  • ERIC MANA GARUKIRA IGIHUGU CACU KIGEZE KURE

  • gezaho reka kwicana mbega nkurunziz mwamugz imana yabarundi rindira abaporis barihanze brabirukanye uzurabe akayarwa atarekuyamanda ntibizoroha

  • @ Kamaro aba exfab babarashisha za rocket bagahita bapfa , naho abandi bakarematanya babatera twa grenade natwo kure yimiduga yabo kugira babone urwirwazo rwokumara aba ex fab, rindira urunva aba ex fab bagandaguye

  • NONEUMUKURUWIGIHUGUABONAGUTEABOBANTUNADUTUMEKOTUBAHIGENTAZIKOTUTARAMWIBAGIRA.EREGATWOHERA

  • Ko Havgwa Ko Umutekano Wuzuye! Mwumv Ivy Biba Kuber’ik?

  • Birangoye Turabasabirwa

  • IBIGWANISHO KAGAME AMAZE KURUNGIKIRA ABATUTSI NABAHUTU BAKORESHWA NABATUTSI NI CAKABIRI CIVYIGIHUGU GIFISE

  • KABISA ABOBANTU BARI BADUKOZE MUNDA MURABATOHOZ

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.