Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Côte d’Ivoire: Umunigano wishe 60 muri stade ya Abidjan - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Côte d’Ivoire: Umunigano wishe 60 muri stade ya Abidjan

Côte d’Ivoire: Umunigano wishe 60 muri stade ya Abidjan

mardi 1er Nzero 2013

Amakuru aturuka muri Cote d’Ivoire amenyesha ko mu masaha ya kare mu gatondo abantu bavuye muri stade nkuru ya Abidjan bakandagirana igihe bari barangije gukurikira ibirori vyo guhimbaza umwaka mushasha.

Abenshi mu bahasize ubuzima n’abana bari hagati y’imyaka umunani na cumi n’itanu.
Kugez’ubu icateye uwo munigano ntikiramenyekana, ariko hari amakuru avuga ko mu gihe abo bantu baharurwa mu bihumbi bava muri stade, bahuye n’ikindi kirwi caja iyo baje bava.


Marie Claire Ingabire

Messages

  • Niyumvirako Umuntuwaeseyomenya Ikiremwamuntuko Imana Ariyoyakiremye Gukwimana Ivugako Nzorandura Umuntuyigira Agakomeye Nije Ntuma Umuntu Abaho Kandi Nijewentumapfa. Uhoraho Nashire Ibiganza Kuri Cote D’ivoire.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.