Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CPI yantanguye amatohoza kuri umwe mu bakozi bayo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > CPI yantanguye amatohoza kuri umwe mu bakozi bayo

CPI yantanguye amatohoza kuri umwe mu bakozi bayo

samedi 13 Ndamukiza 2013

Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yatanguye amatohoza ku bivugwa ko umwe mu bahoze ari abakozi bayo yoba yarakoreye amabi afatiye ku gitsina abantu yari ajejwe gukingira.

Ivyo ngo vyoba vyabereye muri republika iharanira intwaro rusangi ya Congo.
Bubaye ubwa mbere umuntu yahora akorera sentare mpuzamamungu yagirizwa kuba yarakoze amabi afatiye ku gitsina.

Izina ryiwe n’igihugu aturukamwo biracari ibanga.
Umuvugizi w’iyo sentare Fafi Abdullah yavuze ko sentare ifata ivyo bivugwa nk’ibintu bikomeye, ariko ko umuntu aguma ari umwere gushika yagiriwe n’icaha.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.