Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CPI yemeje umutahe watanzwe wo gufata Karori Blé Goudé - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > CPI yemeje umutahe watanzwe wo gufata Karori Blé Goudé

CPI yemeje umutahe watanzwe wo gufata Karori Blé Goudé

mardi 1er Gitugutu 2013

Karori Blé Goudé, uwahoze ayoboye imvukira z’urwaruka, akaba ari na somambike w’uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Cote d’Ivoire, Laurent Gbagbo, Yahatangiwe umutahe wo gufatwa na Sentare mpuxzamakungu mpanavyaha(CPI).

Uwo mutahe wo guhagarika Karori Blé Goudé wari washizweho kuva mu kwezi kwa Kigarama kw’umwaka w’201 yagirizwa ubwicanyi bw’agahoberabunwa bwakurikiye amatora yo mu mwaka 2010 ushira uw’i 2011, wemejwe uno munsi igenekerezo rya 1 Gitugutu 2013.

Mwokwibuka ko Uwo yahoze ari umushikiranganji w’urwaruka ku ntwaro ya Laurent Gbagbo, Karori Blé Goudé yafashwe igenekerezo rya 17 Nzero mu gihugu ca Ghana, inyuma y’umwaka n’igice urenga ahunze mu nyuma aca aratangwa inyuma y’umunsi umwe asubizwa mu gihugu ca Cote d’Ivoire, aho mbere yaciye afatirwa.

Karori Blé Goudé rero akaba ari umunyapolitike wo muri Cote d’Ivoire, yavutse ku wa mbere Nzero umwaka w’1972 mu gice co Hagati gishira Ubuseruko bw’igihugu ca Cote d’Ivoire.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.