Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Egypte : Umukuru w’abajihadiste yishwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Egypte : Umukuru w’abajihadiste yishwe

Egypte : Umukuru w’abajihadiste yishwe

lundi 6 Ndamukiza 2015

Hamman Mohamed Attiyah umukuru w’umurwi w’abarwanyi b’aba jihadiste yiciwe mu gihugu ca Egypte nk’uko vyemezwa n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bw’ico gihugu.

Hamman Mohamed Attiyah yishwe inyuma yaho abasirikare binjiriye muri imwe mu nyubakwa iri mu Bumanuka bw’igihugu ca Egypte, aho vyavugwa ko yari yinyegeje. Amaze kubona abo basirikare rero, akaba yaciye abugurirako umuriro, abo nabo baca baramusubiza, aho amasasu y’abasirikare yaciye amuhitana. Muri iyo nyubakwa nyene, hakaba haciye hatorwa inkoho, ibisasu vyo mu bwoko bw’amabombe bigera kuri 18, nk’uko vyavuzwe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu.

Umuhari w’intagondwa z’aba jihadiste rero ukaba warumaze kwemanga ibitero bitandukanye mu gihugu ca Egypte, ibitero bikunze guhitana abantu.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.