Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Erythree: Abashika 5000 barahunga igihugu ku kwezi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Erythree: Abashika 5000 barahunga igihugu ku kwezi

Erythree: Abashika 5000 barahunga igihugu ku kwezi

mardi 9 Ruheshi 2015

Abahinga b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bagize ubushakashatsi mu gihugu ca Erythree berekanye ko abanyagihugu bashika 5000 bahunga igihugu buri kwezi,kubera ibikorwa bisinzikaza agateka ka zina muntu bakorerwa.

Icegeranye cashizwe ahabona n’abahinga ba ONU kuri uno wa mbere igenekerezo rya 8 Ruheshi,kimenyesha ko ibikorwa vyibonekeza ahanini ari,ihagarikwa ridakurikije amategeko,ihohoterwa,ubwicanyi,n’ihohoterwa rifatiye ku gitsina.

Inyuma y’umwaka wose bariko barakora ubushakashatsi,abahinga 3 ba ONU,berekanye mu cegeranyo c’impapuro 500,ko intwaro ihari icinyiza abanyagihugu ibicishije mu guhagarika abantu,kubapfunga,kubahohotera ,kunyuruzwa ndetse bakicwa.

Abo bashakashatsi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bamenyesha ko ibikorwa mu gihugu ca Erythree biboneka hake mw’isi,kandi vyoshobora no kuja mu gisata c’ivyaha bisinzikaza agateka ka zina muntu.

Inyuma y’abanyasiriya,abanyagihugu ba Erythree baza mu kibanza ca kabiri c’abava mu gihugu cabo bajabuka ikiyaga Mediterranee.

Messages

  • HAHA KURICOGIHU IMBERE NUBURUNDI CHEF WABAHONYA AKO GATEKA NI PRESIDANT NKURUNZIZA YANKA KUREKURA MANDA 3 NGWABANTU BAHONE BAVYEYI ABANA ABATAMA ABATAMAKAZI BOS UBU NUGUHONYA NGWA NONE NGO AMAHORO ARUZUYE HA MUMUCUNGE MPAKD LAHE BAMUBAZEPE ICABONA N IMANA YATUTSE PE!

  • ABAHINGA BA ONU BATOHOJAHO NIBAZ IBURUNDI SIBITSINA GUSA NI NKIHONYA BANTU BITURUTSE KUMUTWARE WABAGAHONYANGA PIERRE NKURUNZIZA KUKO ABATA MURUSIZI MUKAGERA NARUVUBABAHINGA BA ONU BATOHOJAHO NIBAZ IBURUNDI SIBITSINA GUSA NI NKIHONYA BANTU BITURUTSE KUMUTWARE WABAGAHONYANGA PIERRE NKURUNZIZA KUKO ABATA MURUSIZI MUKAGERA NARUVUBU

  • natwebwe ntaminsi isigaye ngo tumere nko muri erythree mana dufashe udukureko ibinywamaraso.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.