Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Erythrée: Icegeranyo ca Amnesty International giteye amakenga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Erythrée: Icegeranyo ca Amnesty International giteye amakenga

Erythrée: Icegeranyo ca Amnesty International giteye amakenga

vendredi 10 Rusama 2013

Abatavuga rumwe na Leta ntibahabwa ubwigenge bwo gukora, abamenyeshamakuru barahohoterwa, abari mu madini y’inkehwa baraburabuzwa...

Igihugu ca Erythrée cagirizwa kuba gipfunga abatavuga rumwe na Leta, aho abagera ku bihumbi cumi boba aribo bapfunzwe bazira imvo za politike, bakaba kandi bafashwe aho bari mu munyororo mu buryo butubahiriza kiremwa muntu.

Ivyo tukaba tubikura mu cegeranyo cashizwe ahabona n’ishirahamwe Amnesty International, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Rusama 2013, inyuma y’imisi mike gusa igihugu ca Erythrée kimaze gihimbaje imyaka mirongo ibiri iheze kironce intahe yo kwikukira.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.