Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FIFA: Argentine mu kibanza ca mbere,Ubufaransa butakaza ibibanza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > FIFA: Argentine mu kibanza ca mbere,Ubufaransa butakaza ibibanza (...)

FIFA: Argentine mu kibanza ca mbere,Ubufaransa butakaza ibibanza 13

jeudi 9 Mukakaro 2015

Ku rutonde rw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA,umurwi nserukira gihugu mu mupira w’amaguru w’igihugu ca Argentine waje mu kibanza ca mbere kw’isi n’amanota 1473.

Ico kibanza cahoramwo umurwi nserukira gihugu w’Ubudagi,waje mu kibanza ca kabiri n’amanota 1411.

Umurwi watanganje abantu benshi,ni umurwi nserukiragihugu w’Ubufaransa watakaje ibibanza 13 vyose,uca uronka amanota 882,uza inyuma y’umurwi wa Algerie na Cote d’Ivoire yo ku mugabane wa Afrika.

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi uza mu kibanza 131 kw’isi,wungutse ibibanza bitatu ku rutonde rwaheruka gusohoka mu kwezi guheze.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.