Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
France:Francois Hollande yagereranijwe na Hitler mu gicapo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > France:Francois Hollande yagereranijwe na Hitler mu gicapo

France:Francois Hollande yagereranijwe na Hitler mu gicapo

vendredi 30 Nzero 2015

Ikinyamakuru « Al Watan Al Ane » co mu gihugu ca Maroc casohoye igicapo ca Francois Hollande bamugereranya na Adolphe Hitler.

Ikinyamakuru « Al Watan Al Ane » cashize ahabona igicapo ca Francois Hollande afise ubwanwa bumeze nk’ubwa Hitler hamwe n’umwambaro n’ikimenyetso caranga umurwi yatwara witwa "Nazisme".Ico gicapo caherekejwe n’ivyandiko aho bavuga ko abafaransa bagomba kuvyura ivyo Hitler yakoze mu gukuraho ubwoko bwa ba Juifs mu kubigirira abari mw’idini rya Islam.

Abderrahim Ariri atwara ico kinyamakuru aremeza neza ko ico gicapo bagomvye kugereranya Francois Hollande na Hitler kubera umutekano waba isilamu udacungerwa, ahubwo babafata nabi, ivyo bakabigereranya n’igihe Hitler yafata nabi aba juifs. Bongera bavuga ko imisigiti myinshi yama yatewe mugabo abatwara igihugu c’Ubufaransa ataco babivugako. Abderrahim Ariri avuga ko kuva habaye igitero ku kinyamakuru Charlie Hebdo, idini rya Islam ryagiye ribonwa uburyo budahumurizwa mu gihugu c’Ubufaransa.

Mu gihugu c’ubufaransa ntaco baravuga kuvyerekeye ivy’ico gicapo.


Lorene Nubwabo

Messages

  • allah akibar kubona namwe nko muri afrika mugize icomubivugako aho kunigwanijambo wonigwo nuwuribwiye.

  • nkubaze wew canke wiyita abdour bakame mwidini ryanyu mugusenga komuvuga allah akbhal, al shabab, al Qaida boko haram na isis mugukerera aba kristo bakaba bavuga ukonyene ntabwo mwobatera ivyatsi nyamba bakoresha inabi iryojambo mukoresha mugusenga bitaruko sinzomenya insobanuro nyezina

  • khafir ni umuntu atizera yuko yesukristo yapfuye akazuka .nkuko allah avyivugira muri quaraan abibgira isa:yesu.ati nzoshra munsi y’ibirenge vyawe abo ba khafir batizera ugupfa n’ukuzuka kwawe. ikindi naco allah abgira mouhamed ati:ndakurahiye ww n’abayoboke bawe nta numwe azosimbuka umuriro wo kwiherezo.bakristo komera kw’ibanga .tuzoshika amahoro ntaco bitwaye kubica umubiri.haleluya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.