Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
France: Umukuru w’igihugu Francois Hollande aragenderera Mali - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > France: Umukuru w’igihugu Francois Hollande aragenderera Mali

France: Umukuru w’igihugu Francois Hollande aragenderera Mali

vendredi 1er Ruhuhuma 2013

Ibiro vy’umukuru w’igihugu bimenyesha ko abashikiranganji b’Ubufaransa bajejwe imigenderanire Laurent Fabius, uw’iterambere n’uwo kwivun’abansi Jean-Yves Le Drian, bazoba barikumwe n’umukuru w’igihugu mu rugendo buca rumujana muri Mali.

Ingabo z’Ubufaransa ziramaze gufata imiji mikuru mikuru mu buraruko bwa Mali, yari yarifatiwe n’abarwanyi kuva mu mwaka uheze.

Ingabo z’ibihugu vyo muri Afrika nazo nyene ziramaze gutangura kuja muri Mali.
Ubufaransa buvuga ko abarwanyi bagendera mu vyiyumviro bikaze vya islam bashwiragiye, ariko rero ngw’intambara ntirahera.


Paterne Nsengiyumva

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.