Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Francois Hollande yarahawe agashimwe ko guharanira amahoro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Francois Hollande yarahawe agashimwe ko guharanira amahoro

Francois Hollande yarahawe agashimwe ko guharanira amahoro

jeudi 6 Ruheshi 2013

Umukuru w’igihugu Francois Hollande yararonse ejo ku musi wa gatatu agashimwe ko guharanira amahoro aho hari n’abandi bakuru b’ibihugu vyo mu Buraruko, bari baje kumushimira ku ruhara Ubufaransa bwagize mu kugarukana amahoro muri Mali aho ibintu vyari bishushe mu Buraruko bw’igihugu.

Amezi atanu araheze habaye imirwano kuva igenekerezo rya 11 ry’ukwezi kwa Nzero abarongoye ibihugu icenda kandi bose batwara ibihugu vyo muri Afrika ,aho harimwo uwo muri Mali Dioncounda Traore ,bose bazoza gukengurukira uwo mu perezida w’umufaransa yashimiwe kubw’imfashanyo iboneka yakoze mu kugarukana amahoro n’umutekano muri Afrika nzima.

‘’Iyaba Ubufaransa butari bwagiye gufasha mu kugarukana amahoro mu guhugu ca mali ubu mbega tuba tugeze he?’’Imana n’iyo ibizi .Ntanarimwe tuzigera dushimira uko bikwiye Ubufaransa, ivyo vyavuzwe n’uwahoze atwara ubumwe bw’Afrika Boni Yayi, aho yari muri ivyo birori.

Ariko rero ,nimba Ubufaransa bwaraje gufasha ,bufashijwe n’izindi ngabo z’inyafrika zatumye uno musi ata mirwi y’intagondwa za islamu zikorana na Al qaida igicumbitse mu Buraruko bwa Mali naho nubu ako karere kataraba neza cane .


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.