Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ghana :Ingeso yo kwica abana bamugaye yaciwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ghana :Ingeso yo kwica abana bamugaye yaciwe

Ghana :Ingeso yo kwica abana bamugaye yaciwe

mardi 30 Ndamukiza 2013

Abategetsi bo mu gihugu hagati, mu maja ruguru ya Gana bamenyesheje ko bakuyeho umuhango wo kwica abana bavukanye ubumuga.

Abo bategetsi bakoze ibirori bidasanzwe kugira ngo babonereho akaryo keza ko guca burundu iyo ngeso yo kwica abana bavukanye ubumuga, eka muri ako kanya barashoboye no gutitimura ibintazi ku bahora babitunze.

Abantu bari basanzwe bakora igikorwa co guha uburozi abo bana bahawe akandi kazi. Ubu bazohora bakorana n’abafise ubumuga mu guharanira uburenganzira bwabo. twobamenyesha ko iyo ngeso yo kwica abana bavukanye ubumuga iri no mu maja epfo ya Senegale.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.