IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura: Abantu batatu baraye bahitanywe na Grenades

Bujumbura: Abantu batatu baraye bahitanywe na Grenades

vendredi 22 Rusama 2015, par Jean De Dieu

Abantu batatu baritavye Imana,abandi barenga 20 barakomereka harimwo abababaye cane,inyuma ya Grenades zatewe mu gisagara hagati ,hafi y’ahahora isoko nkuru ya Bujumbura.

Nkuko amakuru dukesha bagenzi bacu,izo grenades zatewe nk’igihe c’isaha imwe y’ijoro,kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 22 rusama.

Izo grenades zatewe mu kibanza kidandarizwamwo ivyamwa n’imboga hagati y’igituro c’imiduga yunguruza abantu ibajana mu Gatumba n’ishirahamwe ryo gutumatumanako ONATEL.

Abantu batatu biboneka ko boba bari mu bakenyezi badandariza imboga n’ivyamwa muri ico kibanza nibo bateye bitaba Imana mu gihe abandi,harimwo n’abapolisi b’igihugu bakomeretse,harimwo abababaye cane.

Abakomeretse baciye bajanwa kuvurirwa ku bitaro Prince Regent Charles mu Buyenzi.Gushika ubu ntawuramenya abateye ayo ma grenades.

Photos: David Thomson


IGIHE

Messages

  • Triste. Aya magume azotugeza he?

  • izo nimvo za pô imana izigame abakomeretse bakir abagiy nabo ntakundi

  • iyonkuru irababaje kabise!murababa ntibabe bashitse bamwe bavugwa !

  • Ni ba ba el shabab? canke niza mbonerakure? ko baciye baja gutera no kumusaga ubwo ntibagomba kwambika ibara musaga? CNDD FDD politique yabananiye ntawuhora kungoma.

  • nibindi bizoba ko babuze kwumvikana hakiri kare.mbega akamaramaza!

  • NIMBA ALI KAFALA BATANGA ABO BA DD NA NKURUMBI NTIBARAKWIZA ?BARUNDI DUHAGURUKIRE NKURU NYABUNA KUKO NABAHUNGA CORERA IRABAMAZE.TWIRWANEKO KUKO UBUGABO BURIHABWA ABANTU BAHERE KUBERA UMUNTU UMWE?MANA GIRA KUMWE WAGIRA FARAO; BIKOMAGU ;IDIAMINI NABANDI UROKORE ABARUNDI.

  • Ariko aho izomburakimazi zaburaniwe zirabona nezayuko hamwe abandi ntavuze bovyura umugara borica kweri nagira mbibutse neza kohari ibihumbi vyinshi biriko bititegura atari nkivyo bariko bakora nibabandanye bakoza agati muntozi harumusi uzotangaza benshi cane murakoze

  • Birababaje cane kubona petero nkurunziza akomeza kwica abanyagihugu atezeko amajwi mu matora yaho bukera,abandi akabangaza bagasubira guhunga kandi aribo bamutoye,kandi aribo yaratezeko amajwi mu matora, ariko ngo radiyo zabanyagihugu O Y A iyiwanje gusa ijwi ryanje gusa ivyiyunviro vyanje gusa abasoda banje gusa igiporisi canje gusa,huuuuu Uburundi bganje gusa amategeko yanje gusa . . . . . . .Ewe burundi nawe waragowe.

  • Birababaje cane kubona petero nkurunziza akomeza kwica abanyagihugu atezeko amajwi mu matora yaho bukera,abandi akabangaza bagasubira guhunga kandi aribo bamutoye,kandi aribo yaratezeko amajwi mu matora, ariko ngo radiyo zabanyagihugu O Y A iyiwanje gusa ijwi ryanje gusa ivyiyunviro vyanje gusa abasoda banje gusa igiporisi canje gusa,huuuuu Uburundi bganje gusa amategeko yanje gusa . . . . . . .Ewe burundi nawe waragowe.

  • Birababaje cane kubona petero nkurunziza akomeza kwica abanyagihugu atezeko amajwi mu matora yaho bukera,abandi akabangaza bagasubira guhunga kandi aribo bamutoye,kandi aribo yaratezeko amajwi mu matora, ariko ngo radiyo zabanyagihugu O Y A iyiwanje gusa ijwi ryanje gusa ivyiyunviro vyanje gusa abasoda banje gusa igiporisi canje gusa,huuuuu Uburundi bganje gusa amategeko yanje gusa . . . . . . .Ewe burundi nawe waragowe.

  • Inama nagira Abarundi ni ukwirukana abo banyamakuru mpuzamahanga kuko isura yanyu barangije kuyangiza. Hanyuma mugahambira iyi mihirimbiri ijya mwibarabara. Iyo tuyirebye kuri tv tubona ari abasore urumogi rwarangije

  • Imana ibakire
    mu bwami bwabo

  • Ivyo vyose biriko biba kubwumugabo umwe,il se reveiller et dire non pour toute la nation

  • Mukomeze mwangize igihungu cyanyu , izo nzirakarengane mukomeje kwicya amaraso yabo azabagaruka mwanjiji mwe.

  • Mukomeze mwangize igihungu cyanyu , izo nzirakarengane mukomeje kwicya amaraso yabo azabagaruka mwanjiji mwe.

  • Mukomeze mwangize igihungu cyanyu , izo nzirakarengane mukomeje kwicya amaraso yabo azabagaruka mwanjiji mwe.

  • nagomba mpanure abo bihaye kuzimanganya ubuzima bw,akiremwa muntu ejo aho bukera baz’icuza!ariko amabwirizwa y’Imana arabarindiriye

  • mbona aruko bojahamw bagatora umuti

  • Abo ni bamwe baturira wa mwana mu ma pine,ni ba vitali na pacifique barondere,abatutsi amarementanya nkamwe ya kera ntagishoboka,

  • Ivyo turiko turabona birakomeye Imana niyo yonyene yodutabara kimwe gusa Imana isumba ibihangange vyibaza kubizokwamaho bikibagira kwihana

  • Ivyo turiko turabona birakomeye Imana niyo yonyene yodutabara kimwe gusa Imana isumba ibihangange vyibaza kubizokwamaho bikibagira kwihana

  • Ayo maraso y abarundi aguma aseseka biri kugatwe ka Mbonimpa,Pacifique,Vital,...kandi burakeye intahe ibakubite mugahanga.Imana yo iza yarabavumye mwubahuka guhungabanya igihugu gitekanye.

  • HARIKO HARABA IBIGANIRO,NIBAZA KO ABO UMENGO BARANEZERWA HAPFUYE UWURI MU MYIYEREKANO ARIKO IYO INKUBA IKUBISE NTUGIRE NGO MARA ABANSI NI UMUKUNZI BIRAJANA.NAYO UWO MUGABO NKURUNZIZA NAHO AZOKWIBA AMATORA TUZOGUMA MU MUHANDA GUSHIKA 2020

  • MWARABAFASHIJE KUGURURA IMYIYEREKANO NONE BARABAHINDUKIRIYE?
    BIRABABAJE

  • ariko mwaturiye abantu.imiduga.amazu...amabarabara.ntimurahimba amaraso????nimubandanye burya umusi numwe tumabafatisha intoke. mubikore muzi neza ko bizohera

  • Ndababwire,Imana yomw’ijuru nuko ari inyembabazi,kandi abatakamba basaba ikigongwe bakiriho,ahandiho kubw’ugushangashirwa kwayo twohonye!Abo bapfasoni batunzwe nokwikorera ibisamba n’abana kumugongo nkirizuba rya Bujumbura bo mumbonera bazir’iki?Imana ibakire mubwami bwayo n’ivyaha boba bari bafise bije kuwabiciye ubusa.

  • Ariko aho ga mwabantu ntimwokwibuka ko atanuruzara mwoshobora kurema mukareka kwica abana bimana yiremey!nne abarundi murakenyey murangw nukwica!ayo maraso aho mwayasesey ntimuraruha!none mwish mwunguka ik?iyo mudatway abantu murukoko mukabahezayo.abandi mukabagira ibimuga mwanabafunz.none Imana murakeney kwigira icikoz mufata ibiremwa bifis ishusho ryayo mubibaga bunyamaswa!mb inyama zabo mwica mwoba muzirya mugahaga!ew wamuntu uronka amahoro aruko wish uwutoshobora kurema uratey isoni.ikebuk basi

  • ahasigay ngo 99%namahoro.mb amahoro murayavuga cank turayabona.gezaho kwica!reka abantu babeho!Imana izobakubaza ntuzoronka ico wireguza!wamuntu wes wica mugenzaw ndaguhamagariy kwikebuka

  • abo bafasoni mbifurij iruhuko ridashira.ew mana duhe amahoro mugihugu cacu,amen

  • Vraiment ubwicanyi bwabaye ndase mu gihugu c’uburundi kubera intwarombi badutwara

  • Alice za witonda muvyuvuga ,mbega ni reta yabishe wakijuju we? Canke nimwebwe muri mumyiyerekano mubikora mwarangiza mukabisenyera kuri reta,sha muribesha bizohera.

  • Abagize leta bose tubahamagariye gutanga imihoho. Asanga bagifise ububasha bwo kwiyumvira neza, ikintu cingirakamaro bokorera abarundi murikigihe ntakindi Atari ugukinjura bakemera kumugaragaro yuko batagishoboye kurangura amabanga yigihugu.

  • Amararaso amaze guseseka nabere icirwa abahanuzi begereye umukandida Nkurunziza ababarire abasigaye nayo ahandiho nabo bazobibazwa.Amahera arahera igihemu ntigihera

  • It is time for ACTIONS.

    An attempted coup d’état last week is the latest indicator that Burundi is once again on the brink. Immediate measures need to be implemented to de-escalate the situation or the country could descend into civil war once again.

    If there was ever a time for President Nkurunziza and his government to display courageous leadership, it is now. For the sake of all Burundians, we need them to commit to restore the unity of the country through dialogue and take a series of concrete steps.

    First, the president must acknowledge that the political and security conditions do not currently exist for peaceful, credible, transparent and inclusive elections. Creating these conditions must be the priority of the government and the international community.

    Second, the government needs to prove its commitment to democracy by respecting the basic freedoms of assembly and expression. Protestors must not be equated with the putschists who attempted to seize power. Regardless of the rights or wrongs of the president’s bid for a third term, Burundians have a right to demonstrate peacefully and voice their opinions without being violently attacked by police.

    Third, the government should remove restrictions on the media and Internet. Denying access to information creates uncertainty and further tension. Arbitrary arrests and human rights violations have equally pernicious consequences and are completely at odds with international standards and the basic rule of law. Those who have been arbitrarily arrested and detained by police should be released unconditionally.

    Finally, the government needs to disassociate and disband its violent supporters and militants. The ruling party’s youth wing, the Imbonerakure, is a particular cause for concern. Opposition leaders must also rein in violent elements on the protesting side.

    The onus should not only be on Burundi’s government. The international community — in particular the East African Community, the African Union and the United Nations — also has an indispensable role to play in restoring peace to Burundi.

    The African Union’s Peace and Security Council issued a strong statement expressing its determination to impose sanctions against those perpetuating violence, calling for the deployment of human rights monitors and requesting contingency planning for the potential deployment of a peacekeeping mission to protect civilians. These strong commitments must be followed through with action.

    To deter further violence, the threat of taking "all necessary measures" against those perpetrating violence must be credible. The AU should therefore request the UN Security Council to establish a sanctions regime for Burundi. Likewise, the deployment of human rights monitors could be a key deterrent against human rights abuses, so negotiations must begin in earnest to have these monitors deployed expeditiously.

    The other essential deterrent is accountability. Those who incite or commit acts of violence must know that they will be held individually accountable, regardless of their level or political affiliation. Burundi is a state party to the International Criminal Court; those inciting or engaging in atrocity crimes will be at risk of criminal prosecution.

  • jewe ivyo ndabitahura.none ntiboja hamwe bagatorera umuti ibituma ivyo biba?présidant niwe yofata kinokibazo mumimwe.

  • Ndatangajwe namaraso y abana b Imana ari guseseka MANA shitsa ivyo wavuze kuburundi turuhuke

  • Kumusi Wo Gucibwa Kwiteka,bazobibazwa.President Avuga Ko Ari Umuntu Asenga.Ikibazo Niweee.

  • mukuri nonumuntu yishe ba rya bakenyezi imana.izobamubaza

  • Mana waremye uburundi ari bwiza,ariko abantu barabwanduje kuko bwari umugabane nk’iyindi migabane. Mana ufise impuhwe n’imbabazi manuka utabare uburundi ntawundi wokugira ico akoze k’uburundi atari wewe.

  • ewe ndikumana urateye ishavu kwer ngo barya bapfuye ngo ntangorane?iyaba waruz iyakuremye ko ariyo yabaremye?aho bukera uraja imbere y imana wigaye izokubabarira.mwe nimwe mwishe igihugu

  • Abo Nabansi Bigihugu Hubwo Nibakore Amatohoza Bikomeye Ndaremesheje Ababuzababo

  • ndibitariho. mbegawamtekano bahayagiza imbereyabarundi namakungu wobaruwu turikotubona? abanyagihugu bicirwahampande yikirindirocigiporis sakakamaramaza!! ha amakungu naboneko anyagihugu batarirabusema

  • amahoro nikirenga! bivurwa n’inyanka burundi bashebuja b’imbonerakure none amagrenade atema agatongora hari abandi bayafise amatora yo n’indoto za cndd-fdd, cn ikorera dd

  • amahoro nikirenga! bivurwa n’inyanka burundi bashebuja b’imbonerakure none amagrenade atema agatongora hari abandi bayafise amatora yo n’indoto za cndd-fdd, cn ikorera dd

  • Ndagabisha,uwoweseyicamugenziwe,amenyeko,umuhero,umurindiriye,emwe,kumusi,wurubanza,gwimana,muzobambara,ibisigaye,ntimumbaze,kumutwewumwicanyi,huzuyamarira,yinzirakarengane,

  • Mbega Ayomahoro Bahayagiza Mubantu Abantubirirwa barafpa Babona Yuko Aramafirme?Barikobaratwereka.

  • Ewe minini evariste akuzuye tikamirikwa, abo bamama bishe na Leta yivugisha ngo uburundi bugiye guterwa na allashababu. Gutuka Alice ngo ni ikijuju nawe ngira ntufise ubwenge bwishi.

  • Those were people at their works trying hardly to gain their lives and feed their families, what a shame on whoever commit a such abominable cruelty!! Is this a fight for democracy? I am really fed up with this nonsense government that pretend every thing is in control!!! I am much fed up with these endless and purposeless demonstrations pretending to be in the name of democracy!!!
    You’re destroying your country, starving your families wasting precious time and lives , what do you think you’re doing fellow demonstrators?? why don’t you let politicians handle it around the table, peacefully there is always a way to pressure the government without violence. WHAT HURT THE MOST IS THAT YOU’RE ALONE ON FIELD, POLITICIANS ARE JUST MOBILIZING, ENCOURAGING YOU VIA SOCIAL MEDIAS, THEY’RE NOT EXPOSED AS YOU ARE WHY ARE THEY NOT WITH YOU ON FIELD, PLEASE OPEN YOUR EYES AND SEE!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.