Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi

Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi

jeudi 25 Ndamukiza 2013

Nkuko ikinyamakuru c’abanyagihugu kibimenyesha ngaho muri Leta zunze ubumwe za Amerika, Umukinyi rurangiranwa Gwyneth Paltrow w’imyaka 40 y’amavuka, niwe yatowe kuba ari umugore mwiza kuruta abandi kw’isi yose.

Uwo muvyeyi w’abana 2, akaba yarigeze gutahukana agashimwe kitiriwe Oscar i Hollywood mu 1998 mw’ireresi yitwa « Shakespeare in love », umuririmvyi Beyonce akaba ariwe yaheruka kukaronka mu mwaka wa 2012.

JPEG - 17.7 ko
Gwyneth Paltrow yatowe kuba ariwe mugore mwiza kw’isi

Joel Sengurebe

Messages

  • UYU MUGORE EGO NI MWIZA ARIKO MBONA ADASUMVYA UMUGORE WANJE. NGIRA NTORE UMUGORE WANJE DUGENDE BASUBIREMWO AMAHIGANWA NDAZI MADAME WANJE NIWE ACA ATAHANA IKIBANZA CA MBERE.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.