Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bamwe bariyamiriza amafoto ya Cristiano Ronaldo yambaye "Caleçon" z’uruganda (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Bamwe bariyamiriza amafoto ya Cristiano Ronaldo yambaye "Caleçon" z’uruganda (...)

Bamwe bariyamiriza amafoto ya Cristiano Ronaldo yambaye "Caleçon" z’uruganda rwiwe

mardi 5 Myandagaro 2014

Umukinyi Cristiano Ronaldo yatanguje uruganda rukora rukongera rukagurisha impuzu zo munsi (caleçons). Utwo duhuzu two munsi twanditseko izina ryiwe, eka na wenyene ariyerekana akambaye..

Cristiano aherutse kwugurura uruganda rukora rukongera rudandaza impuzu zo munsi (caleçons). Izo "caleçons" ziriko zidandazwa zanditsweko izina rw’uwo mukinyi mu mpfunyapfunyo "CR7". Igikorwa co kuzitangaza (Publicite) niwe ariko aracikorera. Aboneka yifotoje yambaye izo "caleçons". Muri Reta zunze ubumwe z’Amerika bavuga ifoto yambaye izo "caleçons" zitabereye na gato kubera ibihimba vyiwe vy’irondoka biboneka cane. Bamusaba guhindura agashirako izindi foto aho ataboneka ari gusa.

Abashaka kugura izo "caleçons" bashobora kuzisaba baciye ku murongo "CR7underwear".


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.