Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Hassan Rouhani : Nzoshitsa ivyo nemeye mu myiyamamazo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Hassan Rouhani : Nzoshitsa ivyo nemeye mu myiyamamazo

Hassan Rouhani : Nzoshitsa ivyo nemeye mu myiyamamazo

mardi 18 Ruheshi 2013

Mu kiganiro yatanze ubwa mbere kuva atsinze amatora mu kibanza c’umukuru w’igihugu wa Irani, Hassan Rouhani yamenyesheje ko ari igihe ciza co gukorana n’ibindi bihugu vya rutura kw ‘isi.

Ivyo akaba abikesha abanyagihugu bo muri Irani bamwizeye bakamutora.
Yashimiye cane imiyabaga kukwihangana kwabo. Umukuru w’igihugu mushasha akaba yamenyesheje kandi ko yifuza ko igihugu arongoye kigira imigenderanire myiza n’ibihugu bihana imbibe harimwo na Arabiya Saoudite kandi ko azoshira mu ngiro ivyo yemereye abanyagihugu bo muri Irani mu mwanya wo kwiyamamaza.


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.