Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Hissene Habre ararenguka ku ncuro ya mbere muri senegal - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Hissene Habre ararenguka ku ncuro ya mbere muri senegal

Hissene Habre ararenguka ku ncuro ya mbere muri senegal

lundi 20 Mukakaro 2015

Hissene Habre yarongoye igihugu ca Tchad kuva mu mwaka w’1982 gushika mu mwaka w’1990,ararenguka imbere y’ubucamanza kuri uno wa mbere igenekerezo rya 20 Mukakaro mu gihugu ca Senegal.

Intwaro ya Hissene Habre yaranzwe n’agacinyizo,uguhonyanga agateka ka zina muntu.Ivyo vyakorwa n’igipolisi ciwe citwa DDS cakora nk’urwego rw’igendereza,aho cahohotera kikica abantu benshi batavuga rumwe na Reta mu vya politike.

Ku ruhande rw’ababuze ababo ku ntwaro ya Hissene Habre,kubona uwo yahoze atwara igihugu ca Tchad arengutse,ni ikintu gikomeye mu buzima bwabo,inyuma y’imyaka 25 afise ubudahangarwa.

Umushingwamanza w’ababuze ababo Jacqueline Moudeina,avuga ko ari umunezero kuri bo kandi ko uko vyogenda kwose urwo rubanza rutangura.


IGIHE

Messages

  • Muraraba naba bagabo ivyo bakoze babihanigwe. Hakiri kare.

  • niba munyare kugiranabandi bagire icobubaha uwofata abarundi bintagodwa barundi ntakiberubusa ndazi turohozwa anarira abariko baburababo twigwanire nakarasiy kabana gusa imana ningabo kandiintambara niyuwuhoraho nitsinziniyuhoraho

  • niba munyare kugiranabandi bagire icobubaha uwofata abarundi bintagodwa barundi ntakiberubusa ndazi turohozwa anarira abariko baburababo twigwanire nakarasiy kabana gusa imana ningabo kandiintambara niyuwuhoraho nitsinziniyuhoraho

  • None Imana ibamu bindibihugugusa. Ayomahigwe azoshika muburundi ryari gamana. Tubone pita nawe yitavye. Imana yishura hageze. Habwa icubahiro.

  • Barundi ntimucike intege ngo mwiganyire Imana yo mwijuru yishurira kugih ntimubonak iyontwaro niy yiwacuko zisa?kndi nyuma ya25ans yihay ubudahangarw mugbo yarengutsee!rer nabandi bareb neza bihane nahubundi birabashkiye nabo burac bugacanayandi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.