IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

mardi 21 Mukakaro 2015, par Jean De Dieu

JPEG - 104.7 ko
Amatoro y’Umukuru w’Igihugu mu Burundi
Umunyagihugu yaraye yishwe ahitanywe n’amasasu yumvikanye mw’ijoro ryo kuwa mbere igenekerezo rya 20 Mukakaro 2015 muri Komine Nyakabiga y’igisagara ca Bujumbura.

IGIHE

Messages

  • nibatureke dutore ruzocibwa n’ Imana.

  • Ibibera mu Burundi ni agahomeramunwa Mana tabara uburundi n abarundi kuko ahasigaye ni ahawe kuko abana b abantu vyarabananiye

  • jenvuye gutora barundi tugende gutora gwasa bayibe twatoye naho dutora perezida wuburundi ntari murabo dutora imana yara mutoranije isigaje kumugaragaza kandi amahoro arobabonetse amatora cunze nimbonerakure yovamwiknt twizerimana

  • MUTORE NKURUNZIZA ARABISHOBOYE ABANDI NI UKWICANA GUSA

  • 21/07/2015#twebw^imparamirundi Amatora.Yagenze Nezacane,nkuko Nyakubahwa Yabivuze Kwazogenda Neza

  • @gilbert
    "nibatureke dutore ruzocibwa n’ Imana."
    None wibaza ko ruzocibwa n’Imana wirirwa urajayo gukor’iki? Nawe uvuga aya muhe nk’abari hano mpoze!

  • Amatora nayamanyagusa kuberiki abantubaguma bapfa ?sukubera harivyo badahurirako ? imana idufashe nayotwebwe ntavyotwoshobora.

  • burundi mpore kuko iyo nibutse ibiriko bikuberamwo nanje ubwanje umutima urasimba ntako wari waremanywe ubwiza budasanzwe mugabo abana bawe ubwawe wibarutse nibo bariko baragutabagura.MANA gira ico ukoze ku BDI

  • burundi mpore kuko iyo nibutse ibiriko bikuberamwo nanje ubwanje umutima urasimba ntako wari waremanywe ubwiza budasanzwe mugabo abana bawe ubwawe wibarutse nibo bariko baragutabagura.MANA gira ico ukoze ku BDI

  • all of these are happening bcs of burundian’s selfish but we should understand that we are all burundians,we should gather together chatting how to change things and make our country better.GOD please heal our country

  • Emwe BARUNDI MWESE MBEGA MWARATAYE AKARANGA n’akabanga ? Jewe nakuze mama ambuza kwica umuserebanyi canke igikere none abobo bica abantu barezwe gute canke barereshejwe iki? Bonkejwe uburozi kuko ico urereshejwe nico ukurana iyo ukuze bakubwira ko kizira kwica kuko ari umuvumo ku MANA umwe wese murabo bica abandi bari kumenya ico botinya none barezwe nk’ibikoko vy’ishamba birya ibindi kandi bitwa abantu. BARUNDI mwe ibuke ko mwaremwe mw’ishusho ry’Imana muheze mwubahe iyo shusho yayo kuko GAHINI YISHE MWENEWABO ABELI YACIYE APHA AYERERA.HERODI NAWE REKA ABANA BA IBRAHIMU BABEHO KUKO UTABARETSE UZOPFA NABI GUSUMBA ABO WICISHA UBU ngusabiye guhindukirira umusaraba wa kristu ubone gukira.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.