IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > igihugu ca Somaliya yasubiye kurungika amafi mu gihugu ca Kenya

igihugu ca Somaliya yasubiye kurungika amafi mu gihugu ca Kenya

samedi 23 juin 2018

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko, igihugu ca Somaliya catanguye ico gikorwa kubera ubugizi bwa nabi bwo kunyuruza bwakorwa mu mazi y’inyanja bwagabanutse.

BBC dukesha iyi nkuru, imenyesha ko Intambara ishingiye ku gusubiranamwo kw’ababa mu gihugu ca Somaliya yatumye urudandazwa rw’ibintu vyinshi rutabandanya gutera imbere.

Ariko abacuruzi b’amafi bo ku cambu ca Kismayo bavuga ko ubu bashobora kurungika amafi kubera ko bashobora kuyabika neza mu cuma gituma aguma akomeye.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.