Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igihugu ca Cote d’Ivoire mu kibanza ca mbere mu mirwi nserukira bihugu mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Igihugu ca Cote d’Ivoire mu kibanza ca mbere mu mirwi nserukira bihugu mu (...)

Igihugu ca Cote d’Ivoire mu kibanza ca mbere mu mirwi nserukira bihugu mu mwaka w’2015

lundi 21 Kigarama 2015

Igihugu ca Cote d’Ivoire kiza mu kibanza ca mbere mu mirwi nserukirabihugu yigenjeje neza mu mwaka w’2015 ku mugabane wa Afrika. Mu karere ka Afrika y’Ubuseruko Ubuganda nibwo buza mu kibanza ca hafi mu kibanza ca 7.

Kuri urwo rutonde,igihugu ca Cote d’Ivoire gikurikirwa na Ghana kiza mu kibanza ca kabiri,Republika iharanira demokrasi ya Kongo mu kibanza ca gatatu,Algeria nayo ikaza mu kibanza ca kane.

Uburundi buri mu kibanza ca 31 inyuma y’Urwanda ruza mu kibanza ca 30.Ibihugu vyateye intambwe ni Mauritanie yungutse ibibanza 11 iza mu kibanza ca 20,Swazilande yungutse ibibanza 12 iza mu kibanza ca 24,Tchad yungutse ibibanza 11 iza mu kibanza ca 29 na Sudani y’epfo yungutse ibibanza 11 iza mu kibanza ca 36.

Igihugu cateye imbere cane mu rukino rw ‘umupira w’amaguru muri Afrika ni Madagascar cungutse ibibanza 21,kikaza mu kibanza ca 21.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.