Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Igitero cagizwe n’umwiyahuzi kuri ambasade ya Amerika muri Turukiya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Igitero cagizwe n’umwiyahuzi kuri ambasade ya Amerika muri Turukiya

Igitero cagizwe n’umwiyahuzi kuri ambasade ya Amerika muri Turukiya

vendredi 1er Ruhuhuma 2013

Abategetsi ba Turkiya n’aba Leta nzuze Ubumwe za Amerika bavuga ko bakeka ko igitero cagabwe n’umwiyahuzi.

Uhagarariye Leta Zunze Ubumwe za Amerika muri Turkiya Francis Ricciardine avuga kw’ico gitero cahitanye umuntu ajejwe kuhacungera umutekano kumwe n’ukekwa ko yagikoze.

Igisasu cakoreshejwe mur’ico gitero caturikiye mu rwinjiriro rwo mu mbavu rw’iyo nyubakwa.

Abategetsi baho bavuga ko abantu babiri bakomeretse cane, umwe muri bo akaba yababaye cane.

JPEG - 49.7 ko

Amasanamu yerekanye ahononekaye abacunga umutekano basanzwe basakira abaje gutondera za visas buri munsi.

JPEG - 59.7 ko

Paterne Nsengiyumva

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.