Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ikibazo co gukora ku bagore muri Arabia Saudite - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ikibazo co gukora ku bagore muri Arabia Saudite

Ikibazo co gukora ku bagore muri Arabia Saudite

mercredi 29 Rusama 2013

Abdullah Mohammed Al Dawood yahamagariye abantu abicishije ku rubuga rwa twitter, gukorera ihohoterwa rifatiye ku gitsina abagore bakora mu buzi buri ahagaragara nko kwakira amafaranga mu mabanki.

Abdullah Mohammed Al Dawood agereranya kureka abo bagore bakaja mu mirimo nk’urudandazwa rw’abantu. Amajana n’amajana y’abishuye kur’ayo majambo yiwe bagaragaje agashavu no kutemera n’ivyiyumviro vyiwe, n’ubwo hari bake bamushigikiye.

Mu minsi iheze, abagore bo muri Arabia Saudite baherutse kwemererwa gukora mu maduka, ivyo bikaba vyarashavuje abagendera ku vyiyumviro vya kera.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.