Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imirwi y’Uburundi iratangura inkino za mbere muri CECAFA KAGAME Cup (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Imirwi y’Uburundi iratangura inkino za mbere muri CECAFA KAGAME Cup (...)

Imirwi y’Uburundi iratangura inkino za mbere muri CECAFA KAGAME Cup 2014

samedi 9 Myandagaro 2014

Inkino zihuza imirwi yabaye iya mbere iwabo yaraye itanguye inkino za mbere za CECAFA KAGAME Cup 2014. Uburundi bwaserukiwe n’imirwi ya Vital’o na Atletico yasubiriye Flambeau de l’Est. Inkino mushobora kuzikwirikirana ku nsamirizi y’igihugu.

Inkino za mbere za CECAFA KAGAME Cup 2014 zuguruwe n’inkino zikwirikira :

Atlabara (Sud Soudan) yanganije na KMKM (Zanzibar) igitsindo 1-1

KCCA (Ouganda) yatsinze Gor Mahia (Kenya) 2-1

Rayons Sport (Rwanda) yanganije na Azam(Tanzanie) 0-0

Uno munsi kw’igenekerezo rya 09, inkino zitunganije uku gukwirikira :

Isaha indwi : Vital’o (Burundi) ikina na Benadir (Somalie)

Isaha icenda : Police FC (Rwanda) ikina na El Merreikh (Sudan)

Isaha cumi n’imwe : APR FC (Rwanda) ikna na Atletico Olympic (Burundi)

Amashusho y’urukino rwahuje KCCA (Ouganda) na Gor Mahia (Kenya)

JPEG - 69.3 ko
{{KCCA}} (Ouganda) bambaye izisa n’akaruru {{Gor Mahia}} (Kenya)bambaye urwatsi rubisi

.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.