Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imodoka inyaruka cane kw’isi yabonetse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Imodoka inyaruka cane kw’isi yabonetse

Imodoka inyaruka cane kw’isi yabonetse

mardi 22 Nzero 2013

Abantu benshi ubabajije imodoka inyaruka cane kw’isi, nta kibuza ko bokwishura ko ari imodoka Porsche,Ferrari,Lamborghini canke Bugati.Ariko ikibazo coba kibananiye.

Barubahutse barakora imodoka ya mbere inyaruka kw’isi.nayo ni imodoka iri mu bwoko bwa Hennessey.Umwongereza kazi rero yahevye imodoka V6 yo mu bwoko bwa Toyota kugira agendeshe iyindi V8 yo mu bwoko bwa Corvette.Ubushobozi bw’iyo modoka bukaba bwatumye itwara icicaro iyindi modoka yo mu bwoko bwa Bugatti Veyron.

Iyo modoka Hennessey rero biyisaba amasegonda 13,6 kugira igende hagati y’ibirometero 0 gushika ku birometero 300 kw’isaha.Tugereranije n’iyindi modoka ifise icicaro kimwe nayo biyisaba amasegonda 10,5 kugira igende ibirometero biri hagati ya 0 gushika ku birometero 100.Uru rugero rukaba arirwo rwemewe na Guinness.


Mugisha Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.