IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imodoka yari yunguruje abaporisi yatewe gerenade zibiri

Imodoka yari yunguruje abaporisi yatewe gerenade zibiri

mardi 29 Ntwarante 2016, par egide

Imodoka yo mu bwoko bwa bus yari yunguruje abaporisi hamwe n’abandi bakozi bo mu bushikiranganji bw’umutekano yatewe gerenade zibiri mu gisagara ca Bujumbura. Abaharurwa muri batandatu nibo bakomeretse.

Mu gihe yari igeze muri zone ya Gihosha, hafi y’aho bita kwa Johnson, iyo modoka yariko yunguruza abaporisi n’abandi bakozi bagiye mu karuhuko k’isaha zitandatu yatewe gerenade n’abantu batamenyekanye.

Izo gerenade zakomerekeje abantu batandatu bari muri iyo modoka.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.