IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Imyiyerekano : Akaruhuko k’iminsi ibiri ariko bagavye

Imyiyerekano : Akaruhuko k’iminsi ibiri ariko bagavye

samedi 13 Ruheshi 2015

Iminsi ibiri y’akaruhuko niyo yahawe abagira imyiyerekano, aho akaba ari kuva kuri uyu wa gatandatu, kugera kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 14 Ruheshi.

Nk’uko vyandikwa na Pacifique Nininahazwe umukuru w’ishirahamwe FOCODE, avuga ko abagira imyiyerekano bofata iminsi ibiri y’akaruhuko, ariko bakaguma bakurikiranira hagufi umutekano wabo. Ariko rero naho bahawe ako karuhuko, abagira imyiyerekano, hamwe bosotorwa, bakaba basabwa guca bayisubiramwo vyihuta.

Imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza mu Burundi, ikaba imaze guhitana abatarhi bake, abandi bari mu mabohero atandukanye, mu gihe abarenga amajana atanu bamaze gukomereka.


IGIHE

Messages

  • nta myiyerekano ikirangwa mû burundi ahubwo iri tangazamakuru riragaragaza KO ariryo kubehya gusa nta ba professionnels rifite. uzazenguruke ama quartier yose ya Bujumbura NO mû gihugu wirabire KO batayihevye. kandi musome article 96 ya constitution yuburundi muramenya neza KO nkurunziza yemerewe kwitoza mandant yindi. muje mureka guhenda abanyagihugu ngo bicane kuberako ata mwene wanyu ugwamo. wewe pacifique aho kuruka muriyo média ipfuye wagiye mû barabara nkabandi uhenda tukaraba.

  • ariko nyene pasifike ubwo ari mu burundi. abagirimyiyerekano barebe neza bazo hava bizisanga bumvira dayimoni

  • Ariko uwo Pacififique aribaza ko ivyo bintu bizomugaruka, njyewe ndibaza ico ajejwe muri ici gihugu, ese uru gwamo Yama avuza ko ataco numvise avuga ko ibibi vyinshi vyakozwe na mwebwe nyene, muritonde muzokwicuza nyuma, sha niko ntaba milices bakibaho ntabwo woba ugihumeka

  • tureke guhendana,umutiwibibazobiri muburundi si imyiyerekano!ronderiyindinzira yoduhamahoro.

  • Uwomugome aguma akokeza i migumuko.nateshwe ate ntagihuguyoshobora.nikumurondera ahoyinyegeje afatwe yishure ivyoyakoze.

  • Ariko numva mutanga itegeko ukamenga namahera duhembwa,nono intwaro nizahinduka muzodukorera iki?mwabuze iyindi nzira mwocamo atari imyiyerekano?

  • uyo mututsi arabahenda karashize ingani muhonere mwibarabara kubera urumogi

  • Ariko Pacifiqe nawe aratwenza. Ngo akaruhuko k’imisi ibiri! Haha! Si imisi ibiri gusa ahubwo tumaze indwi hafi zibiri imyiyerekana isa niyaheze naho ibaye , iba nk’isaha imwe gusa,abantu bagaca baja ku mirimo. Ivyarivyo vyose abamuha inkuru baramubesha. Uwomubona aramubwira ati« ntibikenewe ko wirigwa utangaza ikiruhuko kuko gisanzwe gihari»

  • komera mutama,wew ntushaka kw,igihugu kirw mukaga, natw akokamo udutera tugafata nkama. bandanya uduha bishasha komera imana ikuzigame.

  • Gezaho kurungka abarndi nabrundikazi mwibrabara kko ibarbara ritarera.erga urwo surkundo ubaknda kko iyaba wabkunda mwarkuba murkumwmwibarbara.ni murke guturra no gusambur.erga ivyisi ntibshira ubrynhe,ikbabje nuko dupfa tukbisga! t8ruhishriziki t8rka nivysi?abazngu bo!ntacomvze.

  • Ese,abonabanabawe?Bazotindabaguhereko.Gumurabosha.Mbewehontiwojayo?Utohejabandi?Twarabahnyuye

  • atawe ugita umwanya wiwe muribi,turiko turironderera ubuzima.

  • YEMWE T WEBWE TURI RUGURU ATAYIKORA RTNB ITUBWIRA NGO YARAHEZE JA MURABISHIRA KU MUMUSI KUMUSI KURIKI WWW IGIHE.BI CANKE FACEBOOK TUJE TURABIBONA PACI NA PIERRE CLAVER NA BANDI MUTI KOMERA MPAKA PETER AHEVYE IKIRINGO CA 3 CANKATANGE ABANA BE NKUKO YABATANZ IKUZIMU

  • Sawa ariko nukuraba ukomwohindura umukenyuro

  • umvangene ategeka abawebari mumyiyerekano nibangahe wambwa yumututsi we ehikizuru canke ubahaye akanyakokuzakurondera amapine yokuduturira yabaheranye arikomurihenda sha rindire tuzobereka hinginatwe tubahindurire umukenyuro

  • umvangene ategeka abawebari mumyiyerekano nibangahe wambwa yumututsi we ehikizuru canke ubahaye akanyakokuzakurondera amapine yokuduturira yabaheranye arikomurihenda sha rindire tuzobereka hinginatwe tubahindurire umukenyuro

  • Comedie .com. imyiyerekano iburundi isi yose imaze kumenya ko yarangiye. Naho uwo mupfayongo arabeshya. Mbese hari uwaduha amakuru yaho yihishe. Keretse niba imyiyerekano avuga ibera mumwobo w’inzoka yihishemo. Azabeshye abandi uwo mupfapfa

  • Abavuga ko imyiyerekano yaheze bakwiye kubanza kwibaza icatumye imyiyerekano igabanuka. Nimba ari ulubera ko abiyerekana boba basanze peter ari mu kuri aho ni amarame. Ariko nimba batinya kugandagurwa nubutegetsi aho vyoba ari bibi cane kuko inyuma yimyiyerekano hazohava haduka kwirwanira kuko abarundi ntibashobora kwemera kwicwa nkibimonyo. Imbere yo gutamba tubanze twibaze tuti none bizoherera he?

  • Ariko murumva ivyo pacifique avuga,sinzi ko tuvyumva kumwe ivyo avuga,erega iyo ni rebellion yatanguje ,ni ingwano,ariko rero aze amenyako umuntu atanguza ingwano atamenya ingene ihera!

  • We pacifique wibaza ko ata bindi dufise dukora aho uguma udushira mw’ibarabara. Ubu turashaka ko nawe uza mw’ibarabara tukwibonere n’umugore wawe n’abana bawe na claver ubimubwire

  • Mwigumye, amanyama n’amanyanga ya Nkurunziza arimuguhera, Uburundi busubire butekane.

  • Komera Mutama, Imana iguhangaze ukuri uharanira kuzotsinda nayo izomburakimazi zigutyoza zibe ziriyegeraniriza imbere ya mpimba

  • nukuri iyonidayimoni ntabwoarumuntu umtimawiwe uzuyemwo amashetani nvuga pacifique

  • Pacifique Nininahazwe,abana bawe bari hanze y’u Burundi ariko ababandi kuko babuze aho bahungira uri kubasuka mw’ibarabara, bari kuribwa n’amasasu y’imbonerakure ndetse ubwawe nturi mu Burundi wibereye mu Rwanda,ndagukebure isi ni gatebe gatoki,uyu musi waronse aho winyegeza ariko ejo ntaho uzoronka.Abo nyene uhamagarira kuja mu mabarabara nibamara kukumenya neza nibo bazokwikererera.Pacifike iyuza kuba uzi ivyo uri kuvuga kandi ubisobanukiwe uba ubivugira i Bujumbura none kubivugira mu Rwanda uri ikitazi.Murabo urungika mw’i barabara harimwo abo wavyaye bangahe? mubo urungika mura mabarabara harimwo NYOKO,SO kontaramubonamwo?turondere iyindi nzira twocamwo aho guca munzira yo guhekura u Burundi no guhony’abarundi.Nkurunziza Petero ko yamenje agahonyaga amasezerano y’Arusha n’ibwirizwa nshingiro dy’u Burundi mutandukaniye hehe uri guta abana b’uburundi mw’ibarabara no mumasasu y’imbonerakure? nininahazwe pacifique=nkurunziza petero.

  • komer mutama pacifique abo nab ntubumviriz nibaband nyen batamikw ijamb bagatuk ab bitangan kand ntibitangaj usang arik barezw.kukugererany nuwo munywamaras ndababay arik ukur kuzotsind ikinyoma.

  • Rébellion? Canke moindre force kugira ibintu bihinguke, n’ukuri ivyo vyarataye agaciro. Kandi ntitubona uwo aduforca ico ashaka. Mbega ninde ayitwara iyo rébellion? Objectif n’iyihe? Ninde yamutumye? Ko hari abemera Peter n’abandi bamurwanya, uwuvuga ukuri ninde? Urubanza nitwe abanyagihugu turuca. Reka guta umwanya, nimba abarundi benshi bakwemera, ingo dutore. Nta n’iyinndi solution ishoboka. Ibisigaye bitajanye n’amatora, ni gutoba. Umuti nawe uravuguswe.

  • Sha Paci, turagukunda ariko urigora uze n’umusi n’umue udufashe kurinda arya masoro y’imbonerakure. Hiyo mu Ruanda uri uraryama ugasinzira ariko raba amakartier yacu niyo acotse...mu bahutu bo mu kamenge umengo ni mukindi gihugu. Je ndi mu kubura akambu ...

  • Non turek imwiyerekano amakungu yo amaz kumenya ukuri ariyo aduffasha tutauwana apa sasa nimurek guhonyanga amategeko mukurikiz ivyo mwasezerany murakoz uyo ziggy naw yarazigiy nagira ndamubwir ko ivyamacakubiri vyarahez ivyo navy bikaba bijana nico nokwita urunganwe generatio rero nababar amenek uyoo agomba kuzana amoko

  • abasizi baragwuraese uyu ari mû Burundi Canke ari mû mwobo. imyigumuko yaraheze kandi ivyahonnye byose. ivyturiwe n abapfuye biri ku gatwe kawe nabo mwakorana amahera y amakungu mwariye muzoyaruka n amaraso yabo mwahenze muzayabazwa. uraraba abantu ataco gukora. initia imbere bafise usivye ivyo vyawe. kora rébellion urwane ugifate canke utsindwe canke uje kwitoza atarivyo uzahona.

  • abarundi mwicare murangize ibibazo byanyu naho iyo myigaragambyo ntacyo imaze,ubwo se ko uri kujya mu muhanda wamagana iyo manda kuki wiyibagiza ko hari undi uyishyigikiye, mwembi se uwo muhanda nimuwuhuriramo birabyara iki!kumva ko ushyigikiwe na kanaka ça ne veut rien dire mushyire hamwe,kuko namwe murabicanyi niyo mpamvu niyo myigaragambyo ntacyo ifata!!!!!

  • Paci sara neza kandi amahera yabazungu wariye urayadawa.......ngo akaruhuko,twarakumenye sha.grand extremiste

  • mwoba abandi ntimworuhukiramwo nyene. mukazogaruka umunsi wizuka! yamara kuvyaha mukora nukuzimu ntikwobemera kubakira

  • IMYIYEREKANO IZOBANDANYAMPAKA IMYIYEREKANO IZOBANDANYAMPAKA ASOKOYE

  • uwo mutama nakomeze yandikisha amateka ye.

  • uwo mutama nakomeze yandikisha amateka ye.

  • None Paciphique Uwo Mugabo Aho Bahereye Bamwereka Inege Irya Iyindi. None Untu Uzomugira Gute??

  • emma
    ewe pasifike uratwenza ngwakaruhuko teshwa mute nabo murikumwe, igihugu cu burundi ntigitwagwa nimbwa nkawe ntacushoboye atarakarimi kurusaku nkababagore banyu bokumusaga. hewe hindura kumusaga musigaye mukora samoya yijoro mumena amatwi abantu vyaba

  • Reka mbwire Emma na Aline n’abandi mufis imvugo nk’iyabo"nimurek kuvuga amajambo yo gutukana mwbw numva atandero mugira na gato,au lieu de leurs donner des conseilles,mushira akarimi kabi imber mwumva mweho uwo bizera mwofasha iki?Ng imbwa!,ng abicanyi!

  • @Aline erega amatora sico kibazo, ikibazo nukurekurira kwitoza abatavyemerewe, none ko twasezeranye manda 2 agashaka 3, erega tumuretyoyorwa muburundi turafise injiji nyinshi zitazi. Naho abo bose ubona bandika commentaires ngaha nabategetsi abandi baratamitswe, kubera abahutu ari benshi niyompamvu bagomba kubikwegeramo amoko kugira ikinyoma gitsinde ukuri, mugabo barihenda ntaho vyabaye.
    @Novat, ndashimye Pacifique ko afise izuru ribi, none shirako turabe rwawe?

  • Reka izonyenzi Zibeziriruka Twebwe Abahutu Twaraciy Ubwenge Mbega commiseur Ndakugarika Ntiyodukurimwo Na2 Canke Nkurunziza Maturekur Nka Moye Kibaki Yishe 3600personnes/3jrs azoce aduserukira irahe

  • MBEGA UVUGIRA MU MU NZU MWOBO NKIFUKU JA AHABONA....ARIKO IMODOKA UMAZE GUTURIRA NAHO WOGARUKA BIGAHERA UZOZIRIHA KWELI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.