Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inama y’abakuru b’ibihugu vy’afrika yaheze ata nyishu itanzwe ku kibazo ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Inama y’abakuru b’ibihugu vy’afrika yaheze ata nyishu itanzwe ku kibazo ca (...)

Inama y’abakuru b’ibihugu vy’afrika yaheze ata nyishu itanzwe ku kibazo ca Congo

lundi 28 Nzero 2013

Abakuru b’ibihugu vy’afrika bari bakoraniye i Addis Abeba ntibasinye amasezerano yo kurondera amahoro muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Congo .

Iyo nama yariko ibera i Addis Abeba muri Ethiopia ahakoraniye inama y’ishirahamwe ry’ubumwe bw’Afrika.

Abahagarariye ibihugu vyabo bamenyesheje ko ivyo vyavanye no kutunvikana kumurongozi uzotwara izo ngabo muri Congo.

Ayo masezerano yavuga ko Leta ya Congo ibwirizwa gusubiramo igisirikare cayo; hama Congo ikironderera inyishu yibibazo vyayo


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.