Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inkino z’umupira w’amaguru zizobera muri Bresil zizokwerekanwa zose kuri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Inkino z’umupira w’amaguru zizobera muri Bresil zizokwerekanwa zose kuri (...)

Inkino z’umupira w’amaguru zizobera muri Bresil zizokwerekanwa zose kuri RTNB

samedi 7 Ruheshi 2014

Abatari bake mu Burundi bari bafise umwikomo waho bazorabira inkino z’umupira w’amaguru zizobera mu gihugu ca Bresil. Abarongoye insamirizi n’imboneshakure y’igihugu bamenyeshejeko bazokwerekana inkino gushika ku ryanyuma.

Thaddee Siryuyumunsi arongoye RTNB

Thaddee Siryuyumunsi arongoye insamirizi n’imboneshakure vy’Uburundi(RTNB)yakuye umwikomo abahora bafise ubwoba ko batazokwirikirana inkino z’umupira w’amaguru zizobera muri Bresil. Uwo mutegetsi avuga ibikenerwa vyose vyamaze gushirwaho, aha avuga ko n’inkino zizoba amasaha yitereye bamaze kubitegura neza.

Thadde Siryuyumunsi yibutsa abakunzi b’inkino ko imboneshakure y’uburundi ataco izosaba abo bose bazoba bariko barakwirikirana inkino. Arangiza ashimira abo bose bafashije kugira ivyo bikunde.

Mwomenyako ko hasigaye iminsi 5 kugira urukino rwa mbere ruzohuza igihugu ca Bresil na Croatie rube, hazoba ari kw’igenekerezo rya 12 Ruheshi, i Sao Polo.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.