Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko imirwi yatsindanye muri Primus Ligue : Laudit Mavugo kw’isonga (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uko imirwi yatsindanye muri Primus Ligue : Laudit Mavugo kw’isonga (...)

Uko imirwi yatsindanye muri Primus Ligue : Laudit Mavugo kw’isonga n’ibitsindo vyinshi

lundi 6 Ndamukiza 2015

Inkino za Primus Ligue zarabandanije ku ndwi ya 23 y’inkino. Izo nkino zabereye ku bibuga bitandukanye. Vital’o iracari kw’isonga inyuma yo gutsinda umurwi wa Inter Star 2-0. Nayo umukinyi Laudit Mavugo aracari kw’isonga ry’abakinyi bafise ibitsindo vyinshi.

JPEG - 122.6 ko
Abakinyi ba Inter Star imbere y’uko urukino rutangura

Inkino z’indwi ya 23 zabaye ku magenekerezo rya 03, 04, 05, n’urukino ruzoba ejo kw’igenekerezo rya 07 Ndamukiza. Laudit Mavugo niwe ari kw’isonga n’ibitsindo 23. Imirwi yakinye yongera itsindana uku gukurikira:

- Kw’igenekerezo rya 03-04-2015 :

BUJUMBURA CITY 2 - 1 FLAMBEAU

- Kw’igenekerezo rya 04/04/2015

MESSAGER NGOZI 2 - 0 MESSAGER BJM

ROYAL 0 - 2 PRINCE LOUIS

INTER STAR 0 - 2 VITAL’O

- Kw’igenekerezo rya 05/04/2015

ATHLETICO 0 - 0 OLYMPIC STAR
TCHITE 1 - 2 LL S4A
RUSIZI FC 1 - 0 VOLONTAIRE

Aho bukera kw’igenekerezo rya 07/04/2015 : MUZINGA izokina na NYANZA UNITED

JPEG - 104.8 ko
Abakinyi ba Vital’o imbere y’uko urukino rutangura

Uko imirwi urushanya amanota n’ibitsindo

imirwi Ibitsindo Amanota

1) VITAL’O 40 54
2)LL S4A 26 46
3) ATHLETICO 11 42
4) MESSAGER NGOZI 15 39
5) INTER STAR 10 38
6) BUJUMBURA CITY 4 36
7) RUSIZI FC 2 32
8) MUZINGA 2 32
9) FLAMBEAU 4 30
10) MESSAGER BJM -1 27
11) OLYMPIC STAR 0 27
12 ) ROYAL -8 25
13) PRINCE LOUIS -14 25
14) VOLONTAIRE -12 23
15) NYANZA UNITED -12 22
16) TCHITE -68 7


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.