Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko imirwi yo mu cicaro ca mbere muri Primus Ligue izohura ku ndwi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uko imirwi yo mu cicaro ca mbere muri Primus Ligue izohura ku ndwi (...)

Uko imirwi yo mu cicaro ca mbere muri Primus Ligue izohura ku ndwi y’icumi

jeudi 6 Munyonyo 2014

Inkino za Primus Ligue zirabandanya, ku ndwi igira icumi y’inkino izomara iminsi itatu, urutonde rw’uko imirwi izohura rumeze uku :

JPEG - 55.9 ko
Vital’o itana mu mitwe na LLB mu rukino rwa mbere rwa Primus Ligue


- Kw’igenekerezo rya 07 Munyonyo :

1) Academie Tchtite izokina na Prince Louis

2) MUZINGA na FLAMBEAU

- Kw’igenekerezo rya 08 Munyonyo:

3) INTER izohura na ROYAL

4) RUSIZI FC na MESSAGER BJM

5) MESSAGER NGOZI na NYANZA UNITED

6) LLB na OLYMPIC STAR

- Kw’igenekerezo rya 09 Munyonyo :

7) BUJUMBURA CITY na VOLONTAIRE

8) ATHLETICO - VITAL’O

Mwomenya ko inkino za Primus Ligue zatanguye kw’igenekerezo rya 19 Nyakanga 2014, kuva ico gihe gushika ubu umurwi wa Vital’o uracari kw’isonga, umaze gutsindwa rimwe gusa, izo nkino zizohera kw’igenekerezo rya 04 Nzero 2015 ku ndwi ya 15.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.