Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inkozi z’ikibi z’umutwe wa islamu muri Timbuktu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Inkozi z’ikibi z’umutwe wa islamu muri Timbuktu

Inkozi z’ikibi z’umutwe wa islamu muri Timbuktu

lundi 1er Ndamukiza 2013

Ingabo z’Ubufaransa na Mali ziriko zirahiga inkozi z’ikibi z’abarwanyi ba ki isilamu mu gisagara ca Tombuktu.

Amakuru aravuga ko abantu bagera kuri 7 aribo bishwe mu mirwano yadutse,aho abo barwanyi bari hafi y’inzu iri hafi y’ikigo ca gisirikare, barwana n’abasirikare ba leta.

Abasirikare b’Abafaransa bakaba barabomoye iyo nzu, ariko abandi barwanyi bagashobora kuba binyegeje muri ico gisagara.

Umumenyeshamakuru wa BBC ari i Tombuktu aravuga ko ababa muri ico gisagara bafise ubwoba ku buryo benshi bagumye mu mazu yabo.


Floxella Karira

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.