Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kurangura amabanga yabubatse n’umugore w’umunonotsi vyamwinjije (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Kurangura amabanga yabubatse n’umugore w’umunonotsi vyamwinjije (...)

Kurangura amabanga yabubatse n’umugore w’umunonotsi vyamwinjije ibitaro

mercredi 16 Mukakaro 2014

Hari abagore bakora cane birengeje imyimenyerezo yo kunonora imitsi, mwena bo bagore kugirana nabo imibonano mpuzabitsina haraho bitera ingorane abagabo. Bakhtiyar Salimov vyashikiye n’ubu aracari mu bitaro kandi ntiyimirije kuvayo vuba.

JPEG - 13.7 ko
Raba uko Anastasia Volochkova yagira imyimenyerezo yo kwinonora imitsi

Bakhtiyar Salimov, umugabo aba mu gihugu c’Uburusiya. Ku myaka 45, yabiriye umugore afise imyaka 38 yahoze akora birenze imyimenyerezo yo kunonora imitsi. Uwo mugore naho asa n’uwuhumuye, aracanonotse cane. Inkuru yovugwa n’umugabo wiwe.

Inyuma yo kurangura amabanga y’abubatse, Bakhtiyar Salimov yoba yaracitse uruti rw’umugongo. Umugore wiwe avuga ati:" Duhejeje kugira amabanga yabubatse yaciye arwara cane umugongo gushika naho mpamagara rusehabaniha."

Bakhtiyar Salimov aho aryamye mu bitaro, ntazokwibagira kwinonora imitsi yagize kandi yibazako ariko arangura amabanga yabubatse. Umugore wiwe avugako Bakhtiyar aho aryamye mu bitaro adashobora kuva hasi.

Raba aha munsi amashusho ya Anastasia Volochkova ariko agira imyimenyerezo yo kwinonora imitsi


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.