Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inzoya n’abakenyezi barafatwa kunguvu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Inzoya n’abakenyezi barafatwa kunguvu

Inzoya n’abakenyezi barafatwa kunguvu

jeudi 11 Ndamukiza 2013

Intumwa ya ONU mu bijanye no kurwanya gushurashuza abakenyezi ku nguvu mu ntambara yavuze ko yiyemeje kurwanya ubwo bubisha bukorwa n’abasirikare hamwe n’abarwanyi muri Kongo.

Zainab Bangura yavuze ko abarwanyi bafata abantu ku nguvu bakabasambanya, bagomba gutohozwa, bagakurikiranwa mu butungane kandi bagapfungwa ata kigongwe.
Yongeye ko umukuru w’igihugu wa republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, Joseph Kabila, yamwemereye ko abarwanyi bazoja baragirizwa icaha c’ugufata ku nguvu abakenyezi ko batazoshirwa mu nzego za Leta canke izijejwe umutekano.

Umupfasoni Bangura yavuze kandi ko benshi mu bahohoterwa mu buseruko bwa Kongo ari abana, harimwo n’inzoya ,ati birateye isoni kubona hakiri abantu bagifise agatima k’ubunyamaswa nk’ubwo.


Arisitide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.