IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Ndamukiza

Itarike 6 Ndamukiza

lundi 6 Ndamukiza 2015

Igenekerezo rya 6 Ndamukiza ni umunsi ugira 96 w’umwaka w’2015.Hasigaye iminsi 269 ngo urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1896: Mu gihugu ca Grece hatangujwe inkino za mbere za Jeux Olympiques
1917: Reta zunze ubumwe z’amerika yinjiye mu ndwano ya mbere y’isi yose
1994: Indege itwaye perezida wo mu Rwanda, Juvenal Havyarimana na perezida wo mu Burundi Cyprien Ntaryamira yakorowe.Mu rwanda, niho hatangura jenocide y’abatutsi.
2005: Le Kurde jalal Talabani yabaye umukuru w’igihugu ca Irak

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1944: Judith Mc Connell, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

1960: John Pizarelli, umwanditsi akongera akaba umuririmvyi w’umudiho wa Jazz w’umunyamerika

1982: Harrison Bret, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika

1989: Bakar Jamel, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa

Abazwi Cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1199: Richard Cœur de Lion, umwami w’ubwongereza

1994: Juvenal Havyarimana, umukuru w’igihugu co mu Rwanda

1994: Cyprien Ntaryamira, umukuru w’igihugu c’uburundi

2000: Habib Bourguiba, umukuru w’igihugu ca Tunisia

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.