Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Iyimikwa rigira kabiri rya Prezida Barack Obama - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Iyimikwa rigira kabiri rya Prezida Barack Obama

Iyimikwa rigira kabiri rya Prezida Barack Obama

lundi 14 Nzero 2013

Kw’igenekerezo rya 21 ry’uku kwezi kwa Nzero, Prezida Barack Obama azorahira mu mabanga yo gusubira kurongora igihugu.

Abanyagihugu baharurwa muma miliyoni bazoba bishikiye imbere y’inyubakwa ya Congres ya Amerika, aho bitegekanijwe ko Prezida Barack Obama azorahira mu mabanga yo kurongora igihugu mu kiringo ciwe ca kabiri, arico ca nyuma.

Abajejwe gutunganya ivyo birori vy’akataraboneka, bagize imisi barorera ukuntu imyimenyerezo y’abazogira uruhara mur’ivyo birori.

Bitegekanijwe ko Prezida Obama ashikiriza ijambo rikomeye, akongera akagaragaza intumbero hamwe n’imigambi ya reta yiwe.

JPEG - 9.4 ko

Abahinga bakurikirana politike ya reta zunze ubumwe za amerika bavuga ko naho bibaza kw’azoshobora kurangura imigambi yiwe yose yishinze, ngo ibintu ntibizokworoha, kuko hari ibibazo bitari bike vy’ubutunzi hamwe n’imibano, bitaratorerwa umuti gushika ubu.


Mugisha Van Naris

Messages

  • a marathon?? so cool! good luck!p.s. i’m glad you menotined this. i know there are people who wonder where their money is actually going, or how the money is spent. there are other ways to sponsor a child, but we’ve had a great experience so far with world vision!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.