IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe : Gerenade iturikiye ahakorera igiporisi c’inyamiramabi

Jabe : Gerenade iturikiye ahakorera igiporisi c’inyamiramabi

vendredi 15 Ndamukiza 2016, par egide

Mu nyubakwa zikoreramwo igiporisi c’inyamiramabi mw’i Jabe, humvikaniye mu gatondo ko kuri uwu wa gatanu igerenade yaturitse, ivyononekaye hamwe n’uwayiteye bikaba bitaramenyekana.

Izo nyubakwa zikoreramwo igiporisi c’inyamiramabi ziri muri karitiye ya Jabe, zne Bwiza, muri komine ya Mukaza.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.