IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamenge : Gerenade yatewe kuri Gare du Nord yakomerekeje batanu

Kamenge : Gerenade yatewe kuri Gare du Nord yakomerekeje batanu

mercredi 17 Ruhuhuma 2016, par egide

Igerenade imwe yatewe mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu, kuri Gare du Nord, hafi ya karitiye ya gatandatu mu Ngagara. Abegereye ahatewe iyo gerenade bavuga abantu bagera kuri batanu boba bakomeretse.

Inyuma y’iterwa ry’iyo gerenade, abaporisi bo mu gisata gicungera inzego (API) bakaba baciye bashwara karitiye ya gatandatu yo mu Ngagara, bakavuga ko bariko barondera abateye iyo gerenade.

Bamwe mu banyagihugu bo muri karitiye ya gatandatu bakaba bagirijwe n’abo baporisi ko aribo banyegeje abateye iyo gerenade kuri Gare du Nord.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.