Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Amwe mu masezerano y’ubutare yahagaritswe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Amwe mu masezerano y’ubutare yahagaritswe

Kenya: Amwe mu masezerano y’ubutare yahagaritswe

lundi 5 Myandagaro 2013

Umushikiranganji ajejwe ubutare Nijab Balala, avuga ko Leta iheruka yagiranye amasezerano n’abacukura ubutare mu buryo bwa gihutihuti, kandi budaciye ku mugaragaro.

Yahagaritse kandi komiseri ajejwe ivy’ubutare Moses Masibo. Mu ndwi iheze, ikigega mpuzamakungu FMI cari cagaragaje umwitwarariko kuri ayo masezerano yo gucukura ubutare muri Kenya, bavuga ko yumvikanyweko mw’ibanga.

Kenya yaheruka gutora ibibanza birimwo ubutunzi butari buzwi nka titanium, copper na niobium bikekwa ko biciye miliyaridi z’ama dollars.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.