Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Ibiharuro nfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyerekana ko kenyatta (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: Ibiharuro nfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyerekana ko kenyatta (...)

Kenya: Ibiharuro nfatakibanza vy’ivyavuye mu matora vyerekana ko kenyatta yatsinze

samedi 9 Ntwarante 2013

Ivyavuye mu matora yabaye muri Kenya biza kwemezwa mu mwanya uri imbere vyerekana ko Uhuru Kenyatta yatsinze amatora.

Umurwi ujejwe gutegura amatora wamenyesheje mu masaha ya kare mu gatondo ko Uhuru Kenyatta yaronse amajwi 50.03 kw’ijana.

Ivyo biharuro vyemejwe igice ca kabiri c’amatora ntikizoba kikibaye.
Ariko umuhanuzi w’uwo bahiganwa Raila Odinga,yamenyesheje ko ata mugambi numwe afise wo kwemera ko yatsinzwe.

Uhuru Kenyatta afise urubanza muri sentare mpuzamakungu mpana vyaha, aho yagirizwa ko ari mu batumye haba ubwicanyi bwabaye inyuma y’amatora y’umukuru w’igihugu yo muri 2007.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.