Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: impari ku majwi y’impfagusa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya: impari ku majwi y’impfagusa

Kenya: impari ku majwi y’impfagusa

jeudi 7 Ntwarante 2013

Uwuza imbere mu majwi mu matora y’umukuru w’igihugu, Uhuru Kenyatta, ariko aragana n’ingingo y’umugwi ujejwe amatora yo gushira mu gitigiri amajwi yabaye impfagusa.

Ayo majwi aharuwe bishobora gutuma yaba yawe yaba uwo bageranye cane mu bo bahiganwa Laila Odinga , atawuronka amajwi akwiye yobuza ko haba ikiringo ca kabiri c’ihiganwa.

Uwo bari kumwe na Uhuru Kenyatta mu kwitoza William Ruto yavuze ko abaserukira ibihugu vyabo aribo bashobora kuba boheje umugwi ujejwe amatora mu gufata iyo ngingo.

Gushika ubu ku majwi bariko basubiramwo gusuzuma neza Uhuru Kenyatta aza imbere ya Raila Odinga
Kenyatta na Ruto uko ari babiri bagirijwe na sentare mpanavyaha mpuzamakungu kuba baragize uruhara mu ntureka zakurikiye amatora yaheruka muri 2007.Bompi barahakana akabi.

Uguharura amajwi vyaratevye cane kubera ingorane zijanye n’ubuhinga bwa none buriko burakoreshwa.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.